Home Entertainment

Entertainment

i Kigali, Sat-b ngo yaradandaje umubiri nk’abakobwa

Muri kahise Sat-b ngo yaragendanye cane n'abagore bafise abagabo, abo bakunze kwita aba sugarmamy. Ivyo n'ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro ku mboneshakure ya hano...

Papa Yan na Mama Yan bipfurije isabukuru nziza umuhungu wabo, bariyibagira?

“Isabukuru nziza kuri wewe YAN JASON, nta Vyinshi novuga, gusa Imana ikuzigame muhungu wanje, turagukunda cane! Warakoze Mana kuri aka kaganuke.”  Aya niyo majambo...

Ng’iki ikintu gikomeye umuririmvyi Fabelove yakoreye bagenziwe b’abaririmvyi

Fabelove yasavye ikigongwe bagenziwe Prince Mshidi na Big Zoé kuba yarabashize muri challenge y’indirimbo yiwe yise Master ngo ntivyari bikenewe ko abashiramwo mu ruririmbo...

Nziza Desire agiye gushinga Label mu Burundi no mu Rwanda  

Intandaro y’ukutagaruka Kwa Nziza Desire muri Afrika mu kirngo c’imyaka 12 yaramaze muri Amerika ngo n’ukuba atari bwaronke ivyangombwa, ariko ubu ngo n’umunyamerika. Ivyo...

Kaneza Lynka Amanda ngo s’umurundikazi kandi si n’umunyarwandakazi

Ntahakana ariko kandi ntiyemeza ko ari umurundikazi canke umunyarwandakazi. Uwo ni Kaneza Lynka Amanda umunyamideri yabigize umwuga, ubu abarizwa mu gihugu ca Congo I...

Magic Soldier yavuze ku mpamvu atigeze aragama muri Management nimwe muri kahise

Kingorongoro ngo impamvu atahora ateba muri Label bahora bakorana ngo nuko ata masezerano baba bafitanye, bikaba vyaca vyoroha uburyo akinjura, Nkuko yabiyagiye umwe muri...

#diaspora| Iwanyu hazoguma ari iwanyu| Mu misi mike Nziza Désiré arasubira guhonyoza ibirenge vyiwe i Bujumbura

Indirimbo iwanyu y'umurimvyi Nziza Désiré yari imburi y'urugendo ruzomushikana mu gihugu c'amavukiro, urwo rugendo akaba yarutanguye hagati y'igenekerezo rya 02 nirya 03 Nyakanga 2020...

Clementine Kavy yoba yakinjuye kuko Belle Nice yamwivye Sat-b?

Empire Avenue ayizi abatari bake mu bayirimwo uno musi ngo ata numwe arayizamwo, eka mbere itaranatanguzwa ku mugaragaro. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa nawe ubwiwe kuri...

Ayo DJ Iraa yahawe na ITEL Rwanda yoba yayashize muri Restaurant,i Kigali?

Mu gihe abatari bake hano iwacu co kimwe no mu makungu bakoma akaruru ko ikiza Corona Virus cabatumye bahomba cane gose, abandi bo bari...

Olegue “Délégue Général” aravuga ico yigiye mu Mpimba

Mu gihe yaramaze igihe kitari gito asa n'uwutavurwa mu muziki ndundi, Olegue yahavuye ashira ahabona akaririmbo gashasha yise Doctor, yongera anagirako akora ibiteramo bitandukanye...

#indundi Cinema| Samvura| Ukuri n’iki?

Umuntu wese arashobora kwibaza ijambo "Ukuri" icarico kuko rikoreshwa kenshi ndetse hariho n'abarigira indahiro ya buri musi, ufatiye ku mico n'imigenzo y'abarundi biragoye kumenya...

Mu bitegurwa na Dj Paulin, ivy’iboneka rya Meddy i Bujumbura birimwo?

Haraheze imisi icari kiriko kiboneka ku mbuga ngurukanabumenyi zaba Whatsapp co kimwe na Facebook z'abarundi bamwe bamwe baba i Kigali, rwari urupapuro rw'imenyekanisha ry'ikiganiro...

Most Read

# Indundi Sports | Uwariwe wese yipfuza guherekeza Intamba muri Mauritania imiryango iruguruye

Mu kiganiro yari yakoranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru Ku musi wa Gatanu Igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020, uwuramutswa ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umukenguzamateka...

# Indundi Sports | Saido Berahino yahumye mu Bubirigi

Kuri uyu w'Imana Igenekerezo rya 18 Gitugutu 2020 , niho ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler Pro ryabandanije kundwi yaryo igira 9. Umugwi mushasha ukinamwo Kizigenza...

Aragabisha abogerageza kuburabuza ibikorwa vy’umurwi CVR

Ivyo umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR umaze imisi uriko urakora, ngo si ukuzura akaboze nk’uko benshi bavyibaza. Ivyo ni ibishikirizwa na Cyriaque...

Mutaho: Imigambi 2 iherutse gushirwaho igiye gutuma ubworozi butera imbere

Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari...