Home Entertainment

Entertainment

Nsavye yakebuye abashaka kurungika indirimbo zabo muri Isanganiro Awards

Isanganiro Awards ngo igiye gutangura neza, kuko imisi y’ukwakira indirimbo isa n’iyiriko irarangira, noneho ngo hamenyekane uwuzosubirira...

Miss Erica ngo yarayisimvye, ubu ni sawa

Ikivyimba co mu nda ngo nico cagira kidutware umwigeme Miss Erica asanzwe akorera ibikorwa vy’umuziki I Kigali. Ariko ubu...

Jux n’umukunzi wiwe Vanessa Mdee ngo bagiye kuza I Bujumbura

Jux yaheruka I Bujumbura ku butumire bwa Bantu Bwoym agiye kugaruka I Bujumbura mu giteramo aherekeje umukunzi wiwe...

MC Mello ubu abarizwa mu gisagara ca Bujumbura ngo mwitege bishasha mumisi mike

https://youtu.be/ob6mRrAZDhs?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

Indundi Sports | Sat-B yahawe umwambaro w’Intamba mu rugamba

Umuririmvyi Bizimana Aboubakad Karume batazira Sat-b yahwe umwambaro w'Intamba mu rugamba .

Dudu Niyukuri yakebuwe ko indirimbo zinyaruka mu rukurikirane ari nyinshi cane

Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi....

Aimé NITEREKA – Wansitula (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=LKbO6Ic-qIo&app=desktop

Sat-b yabwiwe ko abamwanka batazobura

Sat-b ngo abamwanka ntibazobura, ariko n'abakunzi baruzuye. Ahanurwa gukomeza uko ariko arakora ahubwo ashiremwo inguvu gusumvya. Bizimana...

Habonetse amashusho ya Kera ya Diamond arikumwe n’abigeme barimwo abo basohokanye

2 muri 4 baboneka ku mashusho yashizwe ahabona n'umwe mu bayariko, basohokanye na Diamond, kandi nawe akaba...

Mwiseneza adasubiriye Miss Liliane, ngo azoba yibwe

Nka hamwe Mwiseneza atotorwa ngo abe Miss rwanda 2019, bamwe bavuga ko azoba yibwe kuko ariwe mwigeme...

Dudu Niyukuri avuga kw’ibangira rwiwe mu kuririmba mu rurimi rw’ikirundi

Dudu Niyukuri ngo ntiyiteze gusiga abamukurikira ngo arondere abandi bumva izindi ndimi, ariko avuga ko agiye kugumana...

Mt Number one – My only one – Sat-b Official Video

https://youtu.be/6yWC3A-vLuk

Most Read

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...

Ukuri kubivugwa y’uko Lydia Nsekera yoba arwaye Coronavirus

Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu...

Igihugu c’Ubushinwa caraye gihaye Uburundi ibikoresho mu ntumbero yo kurwanya Covid-19

  Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo...