Home Entertainment

Entertainment

Zimwe mu ndirimbo zagize ico ziha Emelance yazandikiwe na inakuru

N'akababaro kenshi, Emelance arababazwa kuba inakuru yasezeye isi atabonye ico indirimbo yamwandikiye zamumariye. Indirimbo...

Diamond yarondereye umutekano umukunzi wiw mushasha, Tanasha

Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano. Tanasha umumenyeshamakuru mu...

Mutama Gerard yakoze igiteramo gitangurira uruhererekane rwavyo azokorera I Kigali

Isaha imwe n'inusu y'ijoro, niho umuririmvyi w'umuhumure Ndikubwayo Gerard yatangura kuririmba indirimbo ya mbere mu giteramo citiriwe Agashitsi ka Kera cabereye muri Oasis of...

Big Fizzo ngo aho bigeze umengo n’umuntu bomwica

Naho atavuga abashobora kuba bamwanka urwo kumwica, ariko aremeza ko bariho bivanye n'ivyo baheruka kumukorera. Inyuma y'ukwibwa indirimbo zitaramenyekana igitigiri, humvikanye amajwi ya Big Fizzo...

Abakunzi ba R Flow ngo bagume biteguye

R Flow yavuze ko hari akaganuke afitiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe, ariko ntiyabashije gushikiriza ryari kazoshirwa ahabona canke uko kazoba kameze. Inyuma y'uturirimbo ariko arumvikanamwo akorana...

Kebby boy ngo yarabizi ko abakunzi b’ibikorwa vyiwe bari bamunyotewe gose

Kebby yashimiwe n'abatari bake bari bagize igihe bamunyotewe kubera ukubura kw'uturirimbo twiwe muri ino misi. Akaba yaragize igihe asa n'uwuri mu gacerere gakomeye. Abo bakaba...

Alikiba na Yvonne chakachaka buca bahurira mu giteramo

Alikiba yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ishusho arikumwe na Yvonne chakachaka iyo akaba yahavuye iherekezwa n'amajambo avuga ku giteramo bimirije. Inyuma y'igihe akaririmbo Alikiba...

Vichou yavuze impanuro yahawe na Nyina amanuka I Bujumbura

Umuvyeyi wa Vichou ntiyigeze amuzibira ngo yanke ko amanuka I Bujumbura, ariko yamutekereye impanuro za kivyeyi kugira aze yitware neza. Inyuma yo guhurira I Bujumbura, ...

Most Read

Urutonde rw’abakinyi 20 b’impfatakibanza b’umugwi BS Dynamic uzokoresha mw’ihiganwa rikurikira

Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs...

Colonel Alexis ngo umugwi muzinga ugiye gukomera muri kano karere

Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro...

#Diaspora| “Tubivugane” mu ntumbero yo gutezimbere imico n’akaranga

Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi...

#Tanzania Film : SwahiliFilx watowa shukrani kwa walio sapoti Gabo Zigamba

Pichani: Gabo Zigamba , Msanii wa Filamu nchini Tanzania Gabo Zigamba, maarufu kama Gabo ni msanii mwenye kujituma zaidi kwenye Kazi ya Filamu na anazidi...