Home politics

politics

Abaraye bemejwe n’inama nshingamateka barahiye

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni hamwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombanza barahiye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruheshi 2020...

Gitega : Imyiteguro igeze ku rugero rushimishije

Mu gisagara ca Gitega ibibanza bitandukanye harimwo ivyibutso vy'uwiguze intahe yo kwikukira n'incungu ya demokarasi hamwe n'amabarabara biriko birasigwa. Ivyo biriko birakorwa mu ntumbero yo...

Batumirirwa kuzokwitaba ibirori vyo kwimika umukuru w’igihugu mushasha, Evariste Ndayishimiye

Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu buhamagarira abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi hamwe n’amashirahamwe mpuzamakungu kuzokwitabira ibirori vyo kwimika umukuru w’igihugu mushasha, Général Major Evariste...

Umurwi CENI ngo ugiye kwakira ivyegeranyo vy’utunenge twabaye mu matora

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020...

Amatora 2020 : Umurwi CENI umenyesha ko utazoshobora kumanika urutonde rw’abazotora

Umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora mu Burundi CENI (Commission Electorale Nationale Independante) umenyesha ko utazoshobora kumanika urutonde rw’abazotora ku wa gatatu w'indwi iza...

Amatora yo mu 2020 : Francis Rohero yitoza ku giti ciwe yoba ari nde?

Francis rohero yavutse ku wa 16 Nzero mu mwaka w’1972, avukira muri Zone Rohero, karitiye Rohero iri mu gisagaraca Bujumbura, abavyeyi biwe bose bakaba...

Amatora yo mu 2020 : Imigabo n’imigambi ya Domitien Ndayizeye

Imigabo n’imigambi ya Domitien Ndayizeye hamwe yogira amahirwe akamwa kuba umukuru w'igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu migambi yiwe, Domitien Ndayizeye mu...

Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n’imigambi ya Rwasa Agathon

Imigabo n’imigambi ya Agathoin Rwasa amenyesha ko yorangura mu gihe yokwizerwa n’abarundi akaba umukuru w’igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Guteza imbere uburimyi...

Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n’imigambi ya Léonce Ngendakumana

Imigambi mikuru mikuru Léonce Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n’abarundi bakamutora akaba umukuru w’igihugu ni iyi ikurikira : Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y'Uburundi...

Amatora yo mu 2020| UPRONA : Imigabo n’imigambi ya Gaston Sindimwo

Imigambi ya Gaston Sindimwo yagenwe n’umugambwe Uprona kugira azowuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu vya politike, yemerera abarundi...

Ivyo umugwi CNIDH ubuza abanyeporitike kuzokora mu gihe c’imyiyamamazo

Umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH usaba abanyeporitike kudakoresha abana mu bihe vy’imyiyamamazo. Mu nama yari yahuje abagize uwo mugwi hamwe n’abarongoye...

Ibi nivyo inama nshingamateka itegura kwiga muri uku kwezi kwa Ndamukiza

Integuro y’itegeko rijanye n’amafaranga Reta y’Uburundi izokoresha mu mwaka wa 2020 ushira uwa 2021 hamwe n’irigenga amasezerano hagati y’ibihugu vya Afrika Caraïbes na Pacifique...

Most Read

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura...

Urwevu ku bijanye n’ikiza COVID19

Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero...

Olga ngo Karaoke niyo iriha neza gusumba kuja muri Studio

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na Indundi...

Iki nico catumye Rashid Léon adashobora gukina CAN 2019

  Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Rashid Leon yakoranye na Indundi TV yasiguriye abarundi ikibazo yagize mu gihugu ca Qatar...