Home Politique

Politique

Tanzania | Mwana FA na Professor Jay babisikanije mu gitigiri c’abashingamateka

https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Mu gihe ibiharuro vyavuye mu matora bibandanya gutangazwa biva mu turere dutandukanye tugize igihugu ca Tanzania, mu bimaze kumenyekana vyerekana ko umugambwe uri ku...

2020-2021: Imwe mu migambi Reta y’Uburundi igiye kwihutira kurangura

Reta y’Uburundi ngo mu migambi igiye kurangura harimwo gushira mu ngiro imanza cane cane iz’abagize uruhara mu kwonona ubutunzi bwa Reta hamwe n’umugambi wo...

Ba Musitanteri baronkejwe ingendeshwa nshasha

Inyuma y'inama yagirishije ba buramatari hamwe na ba musitanteri bose ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, kw'izina rya Reta...

Abashingamateka bemejeje ibwirizwa rigenga abakozi n’akazi

Integuro y'ibwirizwa isubiramwo ingingo tegeko igenga ivy'abakozi n'akazi mu Burundi, yizwe kandi yemezwa ijana kw’ijana n’Inama nshingamateka kuri uyu wa kane igenekerezo rya 22...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo

Uwahoze arongoye igihugu c'Uburundi mu myaka iheze Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo amaze kwagira icaha co kugandagura Perezida Ndadaye Melchior. Petero Buyoya muri kino...

Intahe ya Musenyeri Banshimiyubusa ku buzima bwaranze Umuganwa Rwagasore

Umuganwa Rudoviko Rwagasore ngo yari umunyaporitike yarangwa no kwunga ubumwe no kunywanisha abarundi. Ivyo ni bimwe mu vyamuranga vyashingiwe intahe na Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa,...

Ibirori vyo kwibuka imyaka 59 irangiye umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe

Imyaka 59 irarangiye umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore yahabuje intahe y’ukwikukira agandaguwe, hari kuwa 13 Gitugutu umwaka w’1961. Ku rwego rw’igihugu, Ibirori vyo kumwibuka bikaba...

Impanuro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye abanyakayanza

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yari yateye iteka ibirori vy’ukwugurura ingoro nshasha y’umugambwe CNDD-FDD yubatswe n’abanyakayanza...

Ibi nivyo Reta isaba aserukira ibihugu vyabo mu Burundi n’amashami ya ONU

Reta y’Uburundi isaba abaserukira ibihugu vyabo hamwe mu Burundi hamwe n’amashami y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi kugira ico bakoze kugira Uburundi bukurwe ku rutonde rw’ibihugu...

Ya nama y’abakuru b’ibihugu yari kubera I Goma iraba hakoreshejwe ubuhinga ngurukanabumenyi

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 7 nyakanga, Inama y'abakuru b'ibihugu vy'Uburundi, Urwanda, Congo , Uganda na Angola yasivye yari kubera i Goma ku...

Ngo bagiye gukorana mu kurwanya imirwi ihungabanya umutekano mu karere

Ugukomeza umutekano ku mbibe hamwe no kworohereza abakora urudandazwa hagati y’igihugu c’Uburundi hamwe na Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo ni bimwe mu vyaganiriweko...

Most Read

Confederation cup: Musongati Fc igiye kwakira Green Eagles ata barorerezi kubera Covid -19

  ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari niho umugwi Musongati Fc uzokwakira umugwi Green Eagles Fc...

# Indundi Sports | Breaking News: Dieugo Maradona yitavye Imana bitewe n’ihagarara ry’umutima

  Umukinyi rurangiranwa wa kera w’umugwi nserukira gihugu wa argentine Dieugo Armando Maradona yitavye Imana bitewe n’uguhagarara kw’umutima ( Arrêt Cardiaque). Maradona w’imyaka 60,mu ntango z’uku...

Intamba U 20 zihejeje kunyagirwa n’Ubuganda

  kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, niho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 wakina urukino rwa mbere rwa...

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko...