Home primus ligue

primus ligue

# Indundi Sports | Kayanza United yakwije ivyangombwa usezezerera gutsindwa impaga

  Inkuru nziza Ku bakunzi b'umugwi Kayanza United , n'uko amakarata y'abakinyi uwo mugwi uzokoresha mw'ihiganwa ry'uyu mwaka wa 2020/2021 amaze kuboneka . Kayanza United akaba...

# Indundi Sports | Abanya Africa babiri muri Equipe type ya Premier league y’umwaka

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 10 Nyakanga 2020, niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu bwongereza ryashira ahabona abakinyi 11 bitwaye neza mw'ihiganwa rya Premier...

#Indundi Sports | PLB: Uku Niko imigwi igiye guhura kindwi ya 2

    Mu mpera zo muri ino ndwi ni ukuvuga Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 12 n'uwimama igenekerezo rya 13 Nyakanga 2020, ihiganwa rya Primus...

# Indundi Sports | Iyo niyo mvo yatumye Bumamuru na Kayanza United zitsindwa impaga

  Hari kuri uyu wa mbere w'igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, aho umunyamabanga w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Jérémie Manirakiza yatanga imvo yogutsindwa impaga...

# Indundi Sports | Intango nziza kuri Bigirimana Blaise

Kuri uyu w'Imana w' igenekerezo rya 06 Nyakanga 2020, niho ihiganwa ryo muri Tanzania Vodacom Premier league ryatangura Ku ndwi yaryo ya mbere . Umugwi...

# Indundi Sports | Nduwarugira Christophe yaguzwe n’umugwi wigeze gukina UEFA

Umukinyi w'umurundi Nduwarugira Christophe benshi bazi kw'izina rya Lucio yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi LEIXOES Sc ukina mu cicaro ca kabiri...

# Indundi Sports | Primus league : Uku Niko inkino z’indwi ya mbere zagenze

Mu mpera z'indwi yaraye iheze niho ihiganwa rya Primus league 2020- 2021 ryari ryatanguye Ku ndwi ya mbere . Uku Niko inkuno zagenze : - Muzinga...

# Indundi Sports | Riyad Mahrez yasanganywe Coronavirus

Inkuru ibabaje Ku bakunzi b'umukinyi Riyad Mahrez. Mu gitondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, umugwi Manchester City washize ahabona itangazo...

# Indundi Sports | Icatumye Umurundi yakinira Fc Barcelona aza gukinira Bs Dynamik

Umukinyi w'umurundi afise imyaka 19 Iradukunda Berthelemy afise umuvyeyi umwe w'umurundi n'uwundi w'umunya Rwanda agiye kuza gukinira umugwi BS Dynamik . Iradukunda akaba yaramaze imyaka...

# Indundi Sports | Niyonkuru Vladmir yahambije Cedric kaze muri Yang Africns

Uwahora ari umumenyereza w'abanyegori w'umugwi Messager Ngozi hamwe n'intamba mu rugamba Niyonkuru Vladimir ntakibarizwa muri Messager Ngozi. Ku musi wa Gatatu igenekerezo rya 19 Myandagaro...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye akinye Europa league

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 20 Myandagaro 2020, niho umugwi Glentoran Gael Bigirimana abarizamwo  wakina n'umugwi Boltflag mu rukino rwiwe rwa mbere kuvaho...

# Indundi Sports | Manirakiza Marc niwe yatowe kurongora umugwi Messager Ngozi

Kuri uyu wa kabiri w' igenekerezo rya 18 Myandagaro 2020, I Ngozi niho haba inama yahuje uwurongoye academies les Messagers Athanase n' abaserukida ibisata...

Most Read

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe urugendo rwiwe rwa mbere hanze y’igihugu

Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yafashe, kuri uyu wa gatandatu, urugendo rwiwe rwa mbere hanze y'igihugu kuva atowe kurongora igihugu. Perezida Evariste Ndayishimiye akaba yagendeye...

Abari bateshejwe izabo n’imyuzurira basubijwe mu zabo

Imiryango irenga ijana na mirongo itatu y'abari bateshejwe izabo kubera imyuzurira bahora begeranirijwe muri karitiye Winterekwa iri muri zone Gihosha mu gisagara ca Bujumbura...

Kurekurirwa gukuramwo inda mu Rwanda vyabereye ngirakamaro abakobwa 150,000

Itegeko riha uburenganzi abana b'abakobwa gukuramwo inda mu gihugu kibany ic'Urwanda ryahinyanyuwemu mwaka wa 2018, ngo ryabaye ngirakamaro ku bakobwa barenga 150,000 bakuriwemwo inda. Iryo...

Uwafashe umwana ku nguvu azokatwa udusaho tw’intanga-ngabo

Intara imwe muri Nigeria igiye gutangura guhana bimwe vy'akarorero agabago bahamwe n'icaha co gufata ku nguvu abagore. Buramatari Nasir Ahmad El-Rufai wa Leta ya Kduna,...