Home primus ligue

primus ligue

Jimmy Ndayizeye ngo inkino zose zisigaye bazozifata nka Final

Igihe umugwi wa Vital'o Fc wari uhejeje kunganya na Messager Ngozi 0-0 i Bujumbura ku kibuga c'intwari , umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye...

Sahabo Pariss ngo ntiyashimye kunganya na Messager Ngozi

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Ndamukiza 2020 niho umugwi wa Vital'o Fc wari wakiriye umugwi wa Messager Ngozi mu rukino rw'indwi ya...

Saidi Ntibazonkiza agiye kutaboneka mu rukino rwa Musongati Fc

Kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc Ntibazonkiza Saidi agiye kutaboneka mu rukino rw'igice ca 4 gishira icanyuma c'igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu c'urukino rwo gusubiriza ruzohuza...

Amissi wa Rukinzo ngo igitsindo yatsinzwe na Musongati Fc sico

Mugihe yari ahejeje kunganya na Musongati Fc ibitsindo 2-2 , Umumenyereza wa Rukinzo Fc Amissi Bagumako yavuze y'uko yabuze amahirwe niyo mpamvu yanganije na...

PLB: Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 27

Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 27 Uku niko imigwi igiye guhura : Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 03/04/2020: - Isaha indwi...

PLB : Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi mw'ihiganwa rya Primus league .Akaba ari aba bakurikira :1)...

Jumaine ngo ntiyigeze yizeza abantu gutwara igikombe

Mugihe umugwi wiwe wa Musongati wari uhejeje kunganiriza i Gitega n'umugwi wa Messager Ngozi igitsindo 1-1, umumenyereza w'umugwi wa Musongati Niyonkuru Jumaine yagize ico...

Saido Ntibazonkiza ashobora gusubira kuboneka mu kibuga mu rukino rwa Musongati fc

Mugihe amaze indwi zirenga zibiri ataboneka mu kibuga Saido Ntibazonkiza yamaze gutangura imyimenyerezo n'abandi. Ku makuru yo kwizera Indundi Sports yaronse ni uko uyo kizigenza...

Jimmy Ndayizeye ngo intumbero yabo ni ugutwara igikombe

Mugihe umugwi wa Messager Ngozi wari wakiriwe i Gitega n'umugwi wa Musongati Fc mu rukino rw'indwi ya 26 y'ihiganwa rya Primus league aho iyo...

Yaoundé yasavye y’uko abakinyi boza barareka kuvuna Saido Ntibazonkiza

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 24 Ntwarante 2020, umuyobozi mu bijanye n'Ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé yari yatumiwe...

PLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 26

Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league Burundi ryarabandanije kundwi yaryo ya 26. Uku niko imugwi yaraye itsindanye : - Buja city yatsinzs Kayanz...

Ngabo Diomède yijeje kugumana Olympic Star mu cicaro ca mbere

    Ku musi w'imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020 umugwi wa Buja City wari warikiriye umugwi wa Olympic Star mu rukino rw'indwi ya 25 y'ihiganwa...

Most Read

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura...

Urwevu ku bijanye n’ikiza COVID19

Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero...

Olga ngo Karaoke niyo iriha neza gusumba kuja muri Studio

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na Indundi...

Iki nico catumye Rashid Léon adashobora gukina CAN 2019

  Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Rashid Leon yakoranye na Indundi TV yasiguriye abarundi ikibazo yagize mu gihugu ca Qatar...