Home primusic-burundi

primusic-burundi

# Indundi Sports | Ulimwengu Jules yabeshuje amakuru avuga ko yamaze kugaruka muri Sunrise

Umukinyi w'umusatitizi w'intamba mu rugamba za batarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules arabeshuza amakuru yabonetse kuri bimwe mu binyamakuru vyo mu Rwanda avuga y'uko amaze...

# Indundi Sports | Mohammed Amissi yaraye ahonyoye mu mugwi mukuru Heracles Almelo

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 1 Myandangaro mu gihugu ca Hollande niho umugwi Heracles Almelo w'abakuze wakina mu rukino rwa mbere rwa kivandimwe...

# Indundi Sports | Jimmy Ndayizeye arabeshuza ibiriko biramuvurwako.

Kur' uyu wa Kabiri igenekerezo rya 28 Mukakaro 2020, haramutse haboneka amakuru avuga y'uko umwanya n'umwanya umumenyereza w'umugwi Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye ashobora...

# Indundi Sports | Aigle Noir igiye kwongereza inguvu mu kuzana abandi bakinyi bo hanze

Umugwi Aigle Noire the fighters wo mu Ntara ya Makamba uri mu nzira yo kuzana abakinyi bagera kuri 12 b'abanyamahanga bava mu Afrika y'uburengerazuba. Abo...

# Indundi Sports | Uwari icegera niwe yahawe amabanga yo kumenyereza Rukinzo Fc

Ubuyobozi muvy'ubuhinga mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bwaraye bufasha ingingo yo kudasubirira kwemerera umumenyereza uwariwe wese ataciye mu vyigwa bimuha uburenganzira bwo kuronka...

# Indundi Sports | Uwutagira impamyabushozi ya CAF nta ruhusha azoba afise rwo kumenyereza

Ubuyobozi buraba ivy'ubuhinga mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, bwaraye bufashe ingingo nshasha yo gutemerera umumenyereza uwariwe wese ngo aje kumenyereza umugwi wo mu...

# Indundi Sports| Mercoto Burundi: Kayanza United yoba igiye gusambura Bumamuru?

Nkuko mu bizi turi mugihe c'igurwa n'igurishwa ry'abakinyi mu ntumbero yo kwitegurira ihiganwa rikurikira ry'umwaka wa 2020- 2021 Ku migwi itandukanye ikina mu cicaro...

# Indundi Sports | Mercato Burundi : Musongati Fc imaze kugura abakinyi 6

Umugwi Musongati Fc uriko uriyubaka gushasha kugira urabe y'uko uzokwitwara neza mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup. Uwo Mugwi gushika muri kano kanya umaze kugura...

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura...

Les Elephants y’ibubanza yasubiye kuduga mu cicaro ca mbere

Inyuma yo kunganya na Delta Star igitsindo 1-1 mu rukino rwo gusubiriza rwo guhiganirwa itike ryo kuduga mu cicaro ca mbere , les Elephants...

Musongati Fc yatwaye igikombe ca mbere inyuma y’imyaka 56 ishinzwe

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, isaha icenda 15h00 Ku kibuga c'urukundo kiri i Ngozi komine mwumba ahitwa Buye niho imigwi...

Colonel Alexis ngo umugwi muzinga ugiye gukomera muri kano karere

Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro...

Most Read

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...

Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo

Uwahoze arongoye igihugu c'Uburundi mu myaka iheze Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo amaze kwagira icaha co kugandagura Perezida Ndadaye Melchior. Petero Buyoya muri kino...

# Indundi Sports| Ama miriyoni niyo FFB yinjije mu rukino rwa Gabon

Intererano abakunzi b'inkino baterereye mu kwinjira Ku bwinshi mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN rwabaye mu mwaka wa 2019...

Uru nirwo Sentare yaciriye abagirizwa kugandagura Perezida Melchior Ndadaye

Umunyororo wo guherayo hamwe n’indishi y’akababaro y’imiliyaridi zirenga ijana na zibiri nico gihano cakatiwe abantu 19 bagirizwa ivyaha vyo kugandagura umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye...