Home promoted

promoted

VG Wawa -DORI [Official Video 2020]

https://www.youtube.com/watch?v=lH9gnJxJWPA&feature=youtu.be

Sat-B ngo yoba yasubiriye gusotora Big Fizzo mu kuvuga ko aramukije abanyeshure ba Histoire

Inyuma yugusohora akaririmbo gahamagarira abarundi kwirinda ikiza ca Corna virus ,abeshi batangura kwibaza ko indirimbo yariyavuze ko igiye gusohoka itakibaye igisohoka Sat- B yamenyesheje...

Vg Wawa ati : ‘’Iyacitse intahe yahora ifatwa nk’inkoni”, izina umuziki w’Uburundi wahorana ngiye kurihindura

Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg Wawa ngo vuba agiye kuzana impinduka mu muziki w’Uburundi. Ayo majambo aherutse kuyashikiriza aho twari tumusanze aho yariko arakorera igikorwa gishasha...

Belle9ice : Inyishu ku bibaza ko yoba yaragerageje gukorora imbanyi yibungeze ya Sat-B

Umuririmvyikazi INGABIRE Belle Nice asanzwe azwi cane kwizina ry'ubusitari nka Belle9ice bisanzwe bizwi neza ko asohokana mu rukundo n'umuririmvyi akaba na kizigenza CEO wa...

Abamenyeshamakuru batanguye inyigisho zizobafasha mu matora yimirije

Kuri uno wa kane igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020, ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru bwaramutse butanguza igikorwa co gutanga inyigisho ku bamenyeshamakuru zizobafasha kumenyesha amakuru...

Sat-B ngo bari bakwiye kubakuriraho intambamyi bakanatanga uturusho ku banyeshule

Inyuma y'igihe kinini hataboneka isohoka ry'abaririmvyi babarundi baja gukora ibiteramo hanze y'igihugu hano mu karere ka Afurika y'Ubuseruko na cane cane muri Tanzaniya ndetse...

Saido Ntibazonkiza yagiriwe ikigongwe na bagenziwe

Inyuma y'imyaka 5 adahonyoza ikirenge mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza hamwe na mutoyi wiwe Steeve Nzigamasabo na Nimubona Emery Kadogo...

Big Fizzo : “Nakoze ibiteramo Amerika n’i Burayi mugihe Sat-B atarakora igiteramo na kimwe haba no mu Rwanda”

Inyuma ya WHO’S THE BEST CONCERT hadutse amajambo afise ubumara bukaze bishobora kuduza irindi shusho mu muziki w’Uburundi. Big Fizzo abicishije ku nsamirizi Buja Fm...

Sat-B na Big Fizzo ngo hagiye guca uwambaye muri Ruhuhuma, ninde mwami w’umuziki kubwawe

Igiteramo cari citezwemwo  ibihangange bibiri Big Fizzo na Sat B kuri Lacosta Beach mu ntumbero yukuraba uwuruta uwundi ngo ntankeka isango ni ryarindi nyene. Inyuma...

Aigle Noire yagurishije abakinyi babiri bari bakomeye muri uyo mugwi

Iryavuzwe riratashe vyari vyavuzwe kuva mu mwaka wa 2019 y'uko umwanya n'umwanya abakinyi batatu b'umugwi Aigle Noir bashobora kwerekeza muri imwe mu migwi y'iburaya...

#Umwaka mushasha 2020 : Zimwe mu ngingo ziri mw’ijambo umukuru w’igihugu c’Uburundi yashikirije abarundi n’abakunzi b’Uburundi

Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; Turasozereye umwaka w’2019, twinjiye mu mwaka mushasha w’2020. Imana Mushoboravyose yazigamye Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka turangije, ikatuja imbere mu migambi...

Foundation Satura niryo zina Sat-B yipfuza ko ryoherekeza kino gikorwa agiye gutanguza

Mu rugendo rwiwe yakoze mu ntara ya Bubanza ari kumwe n'uwusanzwe arongoye Kazoza Plus, ni Sat-B yakiranywe urweze n’abanyeshure biga muri Kwizera Trade School...

Most Read

Agriculture: Ntacobuza ko ikigoti kimwe kivamwo ibiro birenga 20

Mu gihe igiterwa c’imyumbati citaweho neza, ngo ikigoti kimwe gishobora kuvamwo umwimbu ushimishije cane. Aho yari yagendeye intara ya Gitega neza na neza muri karitiye...

Abakinyi ba Musongati Fc bafashe urugendo berekeza muri Zambia

Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Kigarama 2020, niho umugwi Musongati Fc w’i Gitega wafata indege werekeza mu gihugu ca...

Ivyokorwa kugira ngo imyuzure igabanuke mu gisagara ca Bujumbura

Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura ngo barakwiye kwubaka amazu bisunze amategeko agenga ivyo kwubaka kugira birinde guterwa n'imyuzurira yama yibonekeza, ikonona ibintu bitari...

#YBSP| Sorora ikaye abana bave mw’ibarabara baje kwiga

Birahoboka kandi biramaze no gushoboka gukura abana mw’ibarabara abana bakavamwo imisore n’inkumi nziza zifise kazoza keza.   Urukundo no kwitanga vy’umwumwe mu barundi bagize ihuriro ry’urwaruka...