Home Santé

Santé

Uwundi muntu umwe basanze yaranduye Coronavirus

Ubushikranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko uwundi muntu yamenyekanye ko yanduye umugera wa Corona inyuma yo gupima abantu 60 babonanye...

Misiri : Umugabo yari yatowe Coronavirus basanze atayo akirwaye

Amakuru dukesha ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi OMS amenyesha ko umugabo wo mu Misiri yaheruka gutorwa ko yanduye umugera wa coronavirus basubiye kumupima basanga...

RDC : Mu mezi 9 gusa ikiza ca Ebola kimaze guhitana abantu bagera ku 900

Kuva mu kwezi kwa Myandangaro umwaka w'2018, abantu baharurwa mu majana icenda nibo ngo bamaze guhitanwa n'ikiza...

RDC : La réponse au virus Ebola risque de regresser faute de financements

Les progrès réalisés dans la lutte contre le virus Ebola en République démocratique du Congo risquent de ralentir, a prévenu ce mardi...

Most Read

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura...

Urwevu ku bijanye n’ikiza COVID19

Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero...

Olga ngo Karaoke niyo iriha neza gusumba kuja muri Studio

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na Indundi...

Iki nico catumye Rashid Léon adashobora gukina CAN 2019

  Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Rashid Leon yakoranye na Indundi TV yasiguriye abarundi ikibazo yagize mu gihugu ca Qatar...