Home security

security

Abarenga amajana atandatu nibo bashoboye guhunguka kuri uno wa kabiri

Abarundi bagera ku majana atandatu na mirongo ibiri na batatu (623) bagize imiryango amajana abiri n’itandatu (206) bahora mu makambi y'impunzi yo mu gihugu...

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura aragabisha abariko baranyaga abanyagisagara

Umukuru w'igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana aragabisha abantu bamaze imisi bagisibije mu kunyaga abenegihugu bababesha ngo bashaka kubaha akazi. Nk'uko biri mw'itangazo Meri ya Bujumbura...

Abari bateshejwe izabo n’imyuzurira basubijwe mu zabo

Imiryango irenga ijana na mirongo itatu y'abari bateshejwe izabo kubera imyuzurira bahora begeranirijwe muri karitiye Winterekwa iri muri zone Gihosha mu gisagara ca Bujumbura...

Ibibanza vyabo ngo bishobora kwugarwa mu gihe batokurikiza amategeko

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano buributsa abafise ubunywero, uburiro, ubutambiro hamwe n’abarongozi b’amashengero barara baratamba bavuza ingoma ko bobihagarika guhera...

Abarundi 507 bari bahungiye mu Rwanda bakiriwe bahungutse

Impunzi z’abarundi bahora mu nkambi y’impunzi y’I Mahama mu gihugu kibanyi c’Urwanda zahungutse kuri uno wa kane igenekerezo rya 10 Nyakanga 2020, aho zakiriwe...

Hoba hari impunzi z’abarundi zishobora kwankirwa gutaha?

Zimwe mu ntambamyi zishobora gutuma abarundi babarizwa mw'ikambi y'impunzi ya Mahama mu Rwanda badataha ngo harimwo amadeni bafise. Ivyo n'ibishikirizwa na bamwe mu barundi...

Bujumbura : Abigisha babiri baheruka gufatwa bagirizwa gushurashuza abarerwa babo

Abigisha babiri baheruka guhagarikwa n’igiporisi c’Uburundi kijejwe gukingira abana n‘imico bagirizwa gufata ku nguvu abarerwa babo. Nk’uko bishikirizwa na Moïse Nkurunziza, icegera c’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano,...

Breaking news : Uwahoze avunja amafaranga mvamahanga yatowe ikiziga

Uwahoze avunja amafaranga mvamahanga mu gisagara ca Bujumbura Simbananiye Jakson benshi batazira Kirahwata yatowe ari ikiziga mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo...

Ishirahamwe ATRABU rirakenguruka ingingo yafashwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura

Ingingo y'umukuru w'igisagara ca Bujumbura yo kurekurira abunguruza abantu n’ibintu bakoresheje amakinga, amapikipiki hamwe na tukutuku kurengana ibiraro vya Ntahangwa yo haruguru hamwe n’iy’epfo...

Umugabo w’imyaka 55 y’amavuko yaraye agandaguwe

Umugabo w'imyaka 55 y’amavuko yaraye agandaguwe n'abagizi ba nabi, mw'ijoro ryo ku wa gatanu buca ari kuwa gatandatu bamusanze ku muhana iwe ku musozi...

Imvura yaraye iguye yatumye ibarabara rya Bubanza-Ndora ridahita

Ibarabara rya Bubanza - Ndora rica muri zone Kivyuka komine Musigati mu ntara ya Bubanza ntiririko rirahita muri kino gihe. Imvo ni ibihomoka vy’umutumba...

Coronavirus : Umuyobozi mukuru w’igiporisi asaba abanyagihugu kutagira ubwoba

Umuyobozi mukuru w'igiporisi kijejwe gukinga ibiza n’isibe asaba abanyagihugu kutagira ubwoba kubera ikiza c’umugera wa corona ngo kuko n'indwara ikira. Antoine Ntemako yabishikirije, kuri uyu...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...