Home societe

societe

Barahiye gushira umukono ku rupapuro rwemeza ko bagiye gukurikiza amategeko y’igihugu

Abayoboke ba Zebiya batahukanywe mu miryango yabo, kuri uyu wa gatandatu, ngo baranse gutera umukono ku rupapuro rwemeza ko bagiye gukurikiza amategeko y’igihugu. Naho biri...

Ivyo urunani Kira Burundi rusaba indongozi zishasha zigiye kuyobora igihugu

Urunani Kira Burundi rusaba indongozi zishasha gupfungura abapfunzwe bazira ivya poritike hamwe no kwubahiriza umutungo wa Reta. Urwo runani Kira Burundi rusaba kandi izo...

Gatumba : Bamwe mu baheruka guhura n’imyuzure basaba kugarukirwa

Bamwe mu banyagihugu bo muri zone Gatumba, bahuye n’imyuzure begeranirijwe muri site ya Kigaramango iri muri zone Rukaramu, komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura bavuga...

Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy’ugufasha abanya Gatumba

Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n’imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo...

Imvura yaraye iguye yatumye ibarabara rya Bubanza-Ndora ridahita

Ibarabara rya Bubanza - Ndora rica muri zone Kivyuka komine Musigati mu ntara ya Bubanza ntiririko rirahita muri kino gihe. Imvo ni ibihomoka vy’umutumba...

Umurwi CNTB washikirije amadosiye umaze kwiga mu kiringo c’umwaka umwe

Amadosiye arenga ibihumbi bitanu n’amajana atanu ngo yarizwe mu ntara zitandukanye zigize igihugu ayandi yababa igihumbi n’amajana abiri arunguruzwa. Ivyo ni ivyashikirijwe n’umuvugizi w’umurwi w’igihugu...

Bujumbura : Ngo ibiciro vy’ibifungurwa birubahirijwe muri rusangi

"Ibiciro vy’ibifungurwa birubahirijwe muri rusangi ku masoko ari mu gisagara ca Bujumbura. Ariko haracibonekeza abadandaza bamwe bamwe babiduza uko bashaka". Ivyo ni ivyashikirijwe  n’umushikiranganji w’ubudandaji,...

Coronavirus : Umuyobozi mukuru w’igiporisi asaba abanyagihugu kutagira ubwoba

Umuyobozi mukuru w'igiporisi kijejwe gukinga ibiza n’isibe asaba abanyagihugu kutagira ubwoba kubera ikiza c’umugera wa corona ngo kuko n'indwara ikira. Antoine Ntemako yabishikirije, kuri uyu...

Amafaranga arenga imiriyoni 3 na ngendanwa 18 nivyo vyaraye vyibwe

Amafaranga y’amarundi arenga gato imiriyoni 3 hamwe n’amaterefone 18 ivyo nivyo vyibwe n’abasuma bitwaje ibigwanisho mw'ijoro ryakeye kuri uyu wa mbere ku mutumba Rugenge...

Ibihugu bigize umuryango EAC vyatanguje isekeza ryo kurwanya umugera wa Corona

Ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EAC (East Africa Community) vyaraye bitanguje isekeza ryo kurwanya umugera wa Corona, iryo sekeza rikaba ritegurwa kuzoba kuva...

Abahora baca mu nzira zitazwi n’amategeko bahamagarirwa kubiheba

Mu ntumbero yo gukinga kugira ikiza Coronavirus nticinjire mu gihugu cacu, abanyagihu baba mu makomine y’intara ya Cankuzo ahana urubibe n’igihugu ca Tanzaniya basabwa...

Ngo bagiye kwimurirwa kure y’igisagara ca Bujumbura

Imiryango y’abateshejwe izabo n’umwuzurira, begeranirijwe mu bibanza bitandukanye mu gisagara ca Bujumbura ngo bagiye kwungururizwa kure yaco. Nk’uko bishikirizwa na Antoine Ntemako aramutswa ubuyobozi bw’umurwi...

Most Read

#Nigerian Film: Genevieve Nnaji amepewa rasmi heshima ya kuwa memba wa Academy of Motion Picture Arts and Science

Genevieve Nnaji amepewa rasmi heshima ya kuwa member wa Academy of Motion Picture Arts and Science na hivyo kuanzia sasa ataweza kupiga kura kuchagua...

# Indundi Sports| Igihe urukino rwa Finale rw’igikombe c’umukuru w’igihugu ruzoberako

Mu gihe benshi bibaza ryari urukino rwa Finale rw'igikombe c'umukuru w'igihugu ruzoberako , kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 03 Mukakaro 2020, niho mw'ishirahamwe...

Ku barundi baba muri Canada ngo n’umunezero ugeretse Ku wundi

Ku barundi babarizwa muri Canada ngo aba ari n'umunezero utagira uko ungana igenekerezo rya 1 mukakaro. Uwo munezero abo barundi ngo bawugira kuko iryo genekerezo...

Imideri nkahamwe yokwitabwaho, irafise akamaro kanini mw’iterambere ry’Igihugu.

Mu kiganiro Imideri Times kigiye kuza kiraca kuri Indundi Tv, hagiye kuza haritabwaho cane Imideri ndetse n'abanyamideri. Mu kiganiro twakoranye na Aisha KWIZERA abenshi bazi...