Home societe

societe

#Urwevu|Tuzoshikayo ni twakora nk’ivy’abandi bakoze. Soma hano tugusomye!

Igitabo bivurwa ko cahinduye ubuzima bw'abantu benshi kigatuma abantu benshi bashika ku masonga ni igitabo citwa " Think and Grow Rich" canditswe...

Kayanza : Ikibazo c’ikena ry’amazi ngo kigiye gusezererwa

Côme MANIRAKIZA, umushikiranganji w'amazi hamwe n'amasoko ntanganguvu Ikibazo kijanye n'ikena ry'amazi cari kimaze imisi kigeramiye i gisagara ca...

#EAC| Hamenyekanye igihe inama y’abakuru b’ibihugu igira 20 izobera

Inama igira mirongo ibiri y'abakuru b'ibihugu bigize umuryango wa Afrika y'ubuseruko EAC igiye kuzokorana mu ndwi zibiri...

Uko ishirahamwe “Ntabariza-SPF” ryakiriye ingingo iherutse gufatwa n’umukuru w’igihugu

Ishirahamwe ryitaho agateka k'abanyororo hamwe n'imiryango yabo "NTABARIZA-SPF" ryaramutse ritunganya ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho ryari ryipfuza gushikiriza...

#Vatican| Démission du porte-parole du Saint-Siège et de son adjointe

L'Américain Greg Burke, membre de l'Opus Dei, influente institution conservatrice au sein de l'Église catholique, avait été nommé en juillet 2016 après...

Ijambo umukuru w’igihugu yashikirije yipfuriza umwaka mwiza w’2019 abarundi n’ababa mu Burundi

Barundi barundikazi, Umwaka w’2018 urarangiye, uw’2019 nawo uratanguye. Turashimiye cane Imana Mushoboravyose ku vyiza vyinshi yadukoreye muri...

Dans l’impossibilité de lever sa suspension, l’ASF se prépare à fermer et quitter le pays

L'organisation non-gouvernemental "Avocats Sans Frontieres (ASF)" au Burundi se trouve actuellement dans l'impossibilité de lever sa suspension...

Ibintu bitari bike vyahononekariye

Imvura y'isegenya idasanzwe iguye ku muhingamo wo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 10 Kigarama umwaka w'2018 yasize amazi ajererenga mu duce...

Ubufaransa bwaraye bwemeye gutanga François Compaoré

Ubufaransa bwaraye bwemeye gutanga François Compaoré kugira ngo ajanwe muri Burkina Faso gucirwa urubanza rujanye n'igandagurwa ry'umumenyeshamakuru Norbert Zongo mu mwaka w'1998. Kuri uyu wa gatatu waraye...

Kenya | Basigaye bakoresha udukingirizo twakoze babanje kutumesa

Kubera ibura ry'udukingirizo kamwe mu duce Kenya ihanako urubibe na Ethiopie, abaho ngo basigaye bakoresha udukingiro twakoze ariko babanje kumesa. Agace itwa Sambura kakaba gateye...

Most Read

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye aritezwe muri Gabon

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye aherekejwe n'umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye baritezwe i Libreville ku murwa mukuru wa Gabon kuri uyu wa kane. Nk’uko biri mw’itangazo...

Ubutumwa Natacha yatanze ntibubonwa kumwe

https://www.youtube.com/watch?v=W2uDlxqkzZY Natacha ntiyigeze yishura umuntu numwe mu bamuvuzeko nabi ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bamushira mu kibanza kitajanye n’ubutumwa yari yashizeko abatari bake...

Indirimbo za Big Fizzo zisigaye zivuzwa mu nsengero

https://www.youtube.com/watch?v=W2uDlxqkzZY Indirimbo za Mugani Desire ngo zisigaye zivuzwa no mu rusengero, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu bakunzi biwe ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Mu gihe aheruka...

Bagiye kuronswa ibikoresho vyo kwikingira coronavirus

Hagiye gutangwa ibikoresho vyo kwikingira coronavirus ku bantu babangamiwe gusumba abandi. Ivyo bikoresho bizoba bigizwe n'udufukamunwa, amasabuni, n'umuti wica imigera, bikazohabwa  abantu bageze muza bukuru,...