Home societe

societe

Abarwizatunga bemeye gutanga imiriyaridi 2 z’amafaranga y’amarundi

Amafaranga angana n’imiriyaridi 2 z'amarundi niyo yatanzwe n'abarwizatunga batandukanye mu ntumbero yo gusanura isoko ya Kamenge iherutse gusha. Mu rugendo umukuru w'igihugu c’Uburundi Évariste Ndayishimiye...

Ngo bagiye gukorana mu kurwanya imirwi ihungabanya umutekano mu karere

Ugukomeza umutekano ku mbibe hamwe no kworohereza abakora urudandazwa hagati y’igihugu c’Uburundi hamwe na Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo ni bimwe mu vyaganiriweko...

Egiputa : Abahambwe, haraciye imyaka irenga 2000, basanze batarabora

Igihugu ca Egiputa cerekanye ku mugaragaro amasandugu 59 aherutse kubonwa bushasha mu bumanuko bwa Kayiro, umurwa mukuru w’ico gihugu, bikaba bivugwa ko ayo masadugu...

Igiciro c’amazi yo ku mabombo rusangi caragabanuwe

Igiciro c'amazi yo ku mabombo rusangi cavuye ku mafaranga 10 gishirwa ku mafaranga 5 kw'ibido y'amaritiro 20. Ibido cumi zizogurwa amafaranga 50 gusa. Iyo ngingo...

Ikiyago : Umukuru w’igihugu aragaruka ku nsiguro ya “Reta Mvyeyi” n’uko abakozi bakwiye gukora

Mu gihe yariko aragirisha ikiganiro aho yishura ku bibazo vy'abenegihugu n'abamenyeshamakuru, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yagarutse ku nsiguro ya "Reta Mvyeyi" , akamaro...

Ikiyago : Indamutso y’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga, umukuru w'igihugu c'Uburundi yaramutse atunganya ikiganiro kidasanzwe aho yishura ku bibazo bitandukanye vy'abamenyeshamakuru n'abenegihugu, ikiganiro kiriko...

Abarundi bari bamaze inisi bugaraniwe mu Rwanda batahutse

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda...

Umurwi wa mbere w’impunzi z’abarundi bakiriwe bavuye muri Kongo

Umurwi wa mbere w’abarundi bagera ku 287 bakiriwe kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Nyakanga muri zone Gatumba komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura...

Abarenga amajana atandatu nibo bashoboye guhunguka kuri uno wa kabiri

Abarundi bagera ku majana atandatu na mirongo ibiri na batatu (623) bagize imiryango amajana abiri n’itandatu (206) bahora mu makambi y'impunzi yo mu gihugu...

Ikibazo c’ukutumvikana kw’abarongoye ishengero ry’aba adventiste cahinduye inzira

Ikibazo co kutumvikana kw'abarongoye ishengero ry'aba adventiste ubu kigeze mu minwe y'ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano. Nk'uko biri mw'itangazo ubushikiranganji bw'intwaro...

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura aragabisha abariko baranyaga abanyagisagara

Umukuru w'igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana aragabisha abantu bamaze imisi bagisibije mu kunyaga abenegihugu bababesha ngo bashaka kubaha akazi. Nk'uko biri mw'itangazo Meri ya Bujumbura...

Cibitoke : Urwaruka ruri mu migambwe itandukanye hamwe n’amadini rwahawe inyigisho zo kubana neza

Ishirahamwe ryitaho abapfungwa hamwe n’imiryango yabo «Ntabariza-SPF », ryatunganije kuri uno wambere  igenekerezo rya 21 Nyakanga umwaka w’2020 mu ntara ya Cibitoke, uruganda rwo gukaburira...

Most Read

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye aritezwe muri Gabon

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye aherekejwe n'umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye baritezwe i Libreville ku murwa mukuru wa Gabon kuri uyu wa kane. Nk’uko biri mw’itangazo...

Ubutumwa Natacha yatanze ntibubonwa kumwe

https://www.youtube.com/watch?v=W2uDlxqkzZY Natacha ntiyigeze yishura umuntu numwe mu bamuvuzeko nabi ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bamushira mu kibanza kitajanye n’ubutumwa yari yashizeko abatari bake...

Indirimbo za Big Fizzo zisigaye zivuzwa mu nsengero

https://www.youtube.com/watch?v=W2uDlxqkzZY Indirimbo za Mugani Desire ngo zisigaye zivuzwa no mu rusengero, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu bakunzi biwe ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Mu gihe aheruka...

Bagiye kuronswa ibikoresho vyo kwikingira coronavirus

Hagiye gutangwa ibikoresho vyo kwikingira coronavirus ku bantu babangamiwe gusumba abandi. Ivyo bikoresho bizoba bigizwe n'udufukamunwa, amasabuni, n'umuti wica imigera, bikazohabwa  abantu bageze muza bukuru,...