Home Spirituality and progress

Spirituality and progress

Uvyemeye ugasanga si vyo ntaco uzohomba. None n’utavyemera ugasanga ni vyo naho?

Aha rero kw'isi vyotubera vyiza twamye tuzirikana ko turi mu rugendo rutujana ahandi; aho imishaha yacu izoba akaramata. Nico gituma rero uwaciye urwevu, aheza...

Une clé spirituelle pour en découdre avec toute forme de jalousie

Qu’est-ce que la jalousie ? Dans le livre " les 7 péchés capitaux ou ce mal qui nous tient tête" écrit par Pascal IDE ET Luc...

Urwevu: (‘inzoga) Abo iyo nkofero yokwira urabareka baheze bayambare”( Cancer)

Who that cape fit, let them wear it! ( Bob Marley) Ayo ni amajambo amwe akoreshwa n'umuhisi w'umuririmvyi Bob Marley. Ariko ni amajambo akomeye cane...

Urwevu:( Inzoga) Sinzi ko nkibona canke ntoba mpumaguza gusa!

Iyo zimaze kukunyengetera, ziraheza zikakugira nk'imbohe. Ukarondera kuziheba canke ukuzigabanya bikaguta kuw'amazi! Iyo zimaze kuba rero zaramaze kugushikana kuri urwo rugero, ni ukuvuga, ko,...

Urwevu: (Inzoga). Hagati y’abo munwana n’abo mubana uhengamiye he?

Ijambo "ukuborerwa ", jewe ndumvamwo ijambo ritameze neza ugerageje kuricagagura. Womengo harimwo "kubora" muga ntavyo mvuze kuko ntari umuhinga mu kirundi. Tuzobaza kazinduzi. Abasokuru bavuze...

Urwevu: Bimwe mu vyo umutware wese( Leader) yoza arazirikana.

Nk'umuntu rero yagize amahirwe y'ukuyobora abandi, n'ukuvuga ko ahiriwe. Uwo muntu aba yahawe igikorwa c'umwungere. Aba aragiye intama z'Imana, kuko nkako, umwungere nyene ubwungere ...

Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise!

URUKUNDO  RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n'urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw'abataremye kumwe mu...

Urwevu: Ntiwemere ko baguhanangura mu kibanza c’iteka warimwo!

Maze rero imirwi ibiri y'abantu batavuga kumwe bari bari bahanganye bagaheza umusi uri zina bagaheza bakumva umuhamagaro w'ugushira hamwe. Mu ruhande rw'abantu basanzwe bazi amatati...

Urwevu: Bivemwo imbere y’uko “uvamwo”!

  Mw'ijambo "igicumuro'' ndumvamwo ijambo "icumu". Iyo ucumuye rero, ni nk'uko uba ucumise. Uwo mucumuranye burya muba mucumitanye! Muba musamburanye. Muba mumongoranye amubi y'agaciro" ubuntu".(...

Urwevu: weho niwitaba Imana abantu bazovuga ko wamaze iki?

Ufatiye ku vyo uriko uvuga ko bandi usanzwe uzi bitavye Umuremyi, weho mbega niwitaba Umuremyi bazosigara barakuvugako iki? Aka ni ko kanya k'ukubitegura. Mu gitabo...

Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza.

Muri bino bihe tugezemwo akaranga k' ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk'ibikino vy'ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy ) "Ukwubaka si ukujandajanda" Ibanga ryo kwubaka...

# Imburi : Nyabuna ntuje na rwo; vayo!

Kumbure agatima gatanguye kurebareba. Kumbure utanguye kwibaza uti kubera iki mbega jeho ntogira ivyo abandi bagira. Kumbure nta maragamo  ugifise. Utanguye kwifuza kuja kurigata...

Most Read

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...

Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo

Uwahoze arongoye igihugu c'Uburundi mu myaka iheze Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo amaze kwagira icaha co kugandagura Perezida Ndadaye Melchior. Petero Buyoya muri kino...

# Indundi Sports| Ama miriyoni niyo FFB yinjije mu rukino rwa Gabon

Intererano abakunzi b'inkino baterereye mu kwinjira Ku bwinshi mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN rwabaye mu mwaka wa 2019...

Uru nirwo Sentare yaciriye abagirizwa kugandagura Perezida Melchior Ndadaye

Umunyororo wo guherayo hamwe n’indishi y’akababaro y’imiliyaridi zirenga ijana na zibiri nico gihano cakatiwe abantu 19 bagirizwa ivyaha vyo kugandagura umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye...