Home Sport

Sport

# Indundi Sports | Muzinga Fc yaguze abakinyi 6 bashasha

  Umugwi w'igisirikare c'u Burundi Muzinga Fc watanguye kwiyubaka mu kugukura abakinyi bazoyifasha mu cicaro ca mbere . Muzinga Fc ikaba imaze gutanga amasezerano ku bakinyi...

#Indundi Sports | Aba nibo bakinyi inter Star imaze kugura

Umugwi Inter Star wasigaje abakinyi 5 gusa mu rutonde rw'abakinyi wari ufise mu mwaka uheze , ukaba waciye ugura abashika . Kuri 9 Abakinyi bashasha akaba...

Akaranga cycling irategekanya ihiganwa

CLUB AKARANGA Cycliste rishimira bivuye k'umutima Honorable Olivier SUGURU. Club AKARANGA CYCLISTE ry'igihanga mu ntara ya Bubanza ririko rirategura ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga muntumbero...

# Indundi Sports | Kayanza United ishobora gusinyisha abakinyi 3 ba Aigle Noire

Amakuru Indundi Sports itararonka umuco ukwiye neza ariko igitohoza ni uko umugwi Kayanza United ushobora gusinyisha abakinyi 3 bahoze bakinira Aigle Noire the Fighers...

# Indundi Sports | Fc Barcelona mu nzira yo kugurisha abakinyi 12

Umugwi Fc Barcelona wo mu gihugu ca Espagne wamenyesheje ko ugiye gutiza abakinyi 12 bahoze baywukinira mu gihe c'igura n'igurisha . Abo bakinyi akaba ari...

Sports | Ikibuga Taifa citiriwe izina ry’umuhisi Benjamin Mkapa 

  Umukuru w'igihugu ca Tanzania John Pombe Magufuli yavuze ko ikibuga c'igihugu ca Tanzania kizwi nka uwanja wa Taifa kigiye kwitirirwa izina ry'umuhisi Benjamin William...

# Indundi Sports | Jimmy Ndayizeye arabeshuza ibiriko biramuvurwako.

Kur' uyu wa Kabiri igenekerezo rya 28 Mukakaro 2020, haramutse haboneka amakuru avuga y'uko umwanya n'umwanya umumenyereza w'umugwi Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye ashobora...

Harimirije ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga i Gihanga

Umugwi Akaranga cyclisme Club w`igihanga mu ntara ya Bubanza urongowe na Emery BADOGO uriko urategura ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga ryo kuri uyu wa...

Uko ihiganwa ryatunganijwe n’Abakinyi ba basketball ryagenze.

Mu ntumbero yo gufasha abashikiwe n'ikibazo c'umwuzurira w'amazi mu Gatumba na Buterere Urunani rw'abakinyi ba Basket-ball mu Burundi rwaratunganije ihiganwa rikaba ryarangiye kuri uyu...

# Indundi Sports | Uwari icegera niwe yahawe amabanga yo kumenyereza Rukinzo Fc

Ubuyobozi muvy'ubuhinga mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bwaraye bufasha ingingo yo kudasubirira kwemerera umumenyereza uwariwe wese ataciye mu vyigwa bimuha uburenganzira bwo kuronka...

# Indundi Sports | Mercato Burundi : Musongati Fc imaze kugura abakinyi 6

Umugwi Musongati Fc uriko uriyubaka gushasha kugira urabe y'uko uzokwitwara neza mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup. Uwo Mugwi gushika muri kano kanya umaze kugura...

Mercato: Imigwi yatanguye gusesa amahera mu kugura abakinyi

Mugihe ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2020-2021 ryamaze kurangira, imigwi imwe imwe ikina mu cicaro ca mbere yatanguye kwiyubaka mu kugura abakinyi ikoresheje...

Most Read

Francine yerekanye iyo akura ubutunzi afise

Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo...

# Indundi Sports | Abakinyi 5 babaye rurangiranwa mu mahiganwa y’iburaya mu gucenga cane

Naho amahiganwa amwe y'iburayi yarahagaritswe Ku mvo z'ikiza Coronavirus ntihobuze kuboneka abakinyi bakomeye babaye rurangiranwa mu gucega abandi muri uno mwaka, ndetse Neymar Junior...

Ukuri ku bivurwa kw’iyinjira rya Fabelove muri Empire Avenue Lab

Fabelove na Sat-B ubu imigenderaninire ni myiza cane naho vyashitse bagacanamwo ngo  ntazibana zidakomanya amahembe. Inyuma y’indirimbo Master umuririmvyi  Fabelove yasohoye ururirimbo Hange  indirimbo yakorewe...

# Indundi Sports |kirungo ntakigiye gukinira Etincelles Fc mu Rwanda

Nubwo bimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu Rwanda vyamenyesheje ko umukinyi wo hagati mu murwi Olympic Star Kwizere Eric batazira  kirungo amaze kugurwa n'umurwi Etincelles...