Home sport_promoted

sport_promoted

Basket : Muzinga yiyubuye mu gihe benshi bari bayihebuye

Inyuma y' imyaka ibiri iheze Muzinga itatsinze urukino na rumwe, uwo murwi ubandanya utangaza imirwi myinshi, ukaba warirahiye imirwi nka New stars mw'ihiganwa rya...

#indundi sports|Handball: Brothers yanyagiye Intwari

Brothers ni umwe mu mirwi itaramara imyaka ine mw'ihiganwa rya hano i Bujumbura ,uwo murwi ukaba watangujwe na Aimé Vyibuka, umaze kwirihira SOS mbere...

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 4

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 4 mu mpera z'ino ndwi. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27...

#Slovakia| Bon Fils Caleb yaronse umurwi mu shasha

Umasatirizi yamuka mu Burundi, Bimenyimana Bonfils Caleb yigeze gukinira Inter stars ,Vitalo fc na Rayon Sports yamaze gusinya muri  Slovakia. Caleb yari asanzwe akinira umurwi...

# Indundi Sports |Abakinyi ba 5 b’abanyamahanga nibo bagiye kuza muri Aigle Noire

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 Myandagaro umwaka wa 2020 ,igihe c'isaha umunanani n'igice z'umuhingamo (14h30) Ku kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi...

# Indundi Sports |Abakinyi 10 beza Cristiano Ronaldo yemera gusumba abandi kw’isi

Umukinyi w'igihangange kw'isi akinira Umugwi Juventus Cristiano Ronaldo nawe nyene yashize ahabona abakinyi 10 bakomeye kw'isi yemera gusumba abandi . Mu kiyago yagize n'ikimenyeshamakuru Goal.com...

Saido Ntibazonkiza mu bakinyi 11 bahiganirwa agashimwe k’umukinyi mwiza

  Mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB baheruka gushira ahabona abakinyi 11 hazotorwamwo umukinyi umwe yaranze ihiganwa rya Primus league ryo muri uno mwaka wa...

Amahiganwa ya CAN na AFCON yigijwe imbere ayandi arafutwa

Kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 30 Ruheshi 2020, niho Komite y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) yakoze inama yo gufata ingingo yigiza...

#breaking News| Diaspora|Inès Nezerwa yaronse umurwi mu Budagi

  Abarundi barayamaze ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze, Inès Nezerwa yaraye amenyesheje ko agiye kuva ku mugabane wa Amerika yerekeze i Bulaya mu Budagi. Damen...

# Indundi Sports | Youssuf Nyange yanjije igitsindo ciwe ca mbere muri Turky

Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020, ihiganwa ryo mu gihugu ca Turky ryari riteye ku ndwi yaryo ya 29 . Umugwi fenerbahce...

Tokoto na Evra bamaze amezi agera kw’ 9 babohewe i Mageragere

Umukinyi Nduwimana André batazira Tokoto akina kuruhande hamwe na Ndoriyobija Eric batazira Evra, akina inyuma bamaze amezi arenga kw'icenda bafungiwe mu gihugu c'u Rwanda...

Most Read

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...