Home Sports

Sports

#Diaspora|Ramadhan kuva mu Burundi akaja muri Manchester United nivyo vyamushikanye muri Espagne

  Largie Ramadhan Umurundi akanagira n' ubwene gihugu bw'u Bubirigi ku myaka 19 yahora akinira  Manchester United umurwi w'abakiri bato wa B, yanse ko yongereza...

# Indundi Sports | Espoir Fc yaguze umukinyi yahoze akinira Aigle Noir The Fighters

Umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c'u  Rwanda waguze Myugariro avuka kuri Se w'umunya Rwanda nyina akaba  umurundi. Nahimana Ismail w'imyaka 21 yashize umukono Ku...

#Indundi Sports| Rayon Sports yaguze umurundi ari mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi

Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsène yafashe ikibanza ca gatatu mu...

# Indundi Sports | Umumenyereza wa Aigle Noir yahawe akazi gakomeye mu mwaka uza

  Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza...

Blaise Yafashije gushikana Namungo muri Demi -Finale

Kuri uwu wa Kabiri w'igenekerezo rya 30 Ruheshi 2020, niho umugwi Namungo Fc ukinamwo abarundi nka Steeve Nzigamasabo hamwe na Blaise Bigirimana wakira  Alliance...

Youssuf Nyange ku rutonde rw’abakinyi 11 baranze indwi ya 29 muri Turkie

Inyuma yo gutanga umupira mwiza wavyaye igitsindo mu ndwi iheze ndetse akanatsinda igitsindo ciwe ca mbere muri Turkie kikanaba n'icambere ashitse muri Yeni Malatya...

Amahiganwa ya CAN na AFCON yigijwe imbere ayandi arafutwa

Kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 30 Ruheshi 2020, niho Komite y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) yakoze inama yo gufata ingingo yigiza...

# Sports| Abanyegori 20 b’abanya Afrika bamaze kwandikisha amateka

Ku mugabane wa Afrika hamaze kuba abanyegori batari bake b'ibihe vyose bamaze kwandikisha amateka mu kwitwara neza mu mahiganwa akomakomeye kw'isi. Uwufata ikibanza ca mbere...

# Indundi Sports | Adel Amrouch yanse kumenyereza mu gihugu ciwe

Mu kiganiro yakoranye na Afrique Media, uwigeze kuba umenyereza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba umunya Algeria afise ubwene gihugu bw'ububirigi Adel Amrouch yavuze...

# Indundi Sports | Mustapha Francis ngo ntiyemera ko uburozi bubaho!

Umukinyi wo hagati mu mugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba yari asanzwe akinira Bugesera Fc mu gihugu c'uRwanda Mustapha Francis Njali yavuze icatumye atitwara...

# Indundi Sports | Umurundi agiye kumenyereza Ac Muhanga mu Rwanda

Uburongozi bw'umugwi Ac Muhanga uri mu cicaro ca mbere bwaraye bwemeje ko bumaze kwumvikana n'umumenyereza w'umurundi Ismail Nduwantare inyuma yo gutandukana nuwari umumenyereza w'uwo...

Gymkhana yirahiye New stars icitwara igikombe

Nkuko twabibabwiye mu nkuru zacu, ishirahamwe ry'imvukira za Zone Jabe zaratunganije ihiganwa rya Basketball rikaba ryahuje imirwi 6 ihurikiye mw'ishirahamwe rya basketball I bujumbura...

Most Read

Lieutenant Kévin yahamagariye ingabo zose kubashigikira mu cicaro ca mbere

Mu gihe umugwi w'igisirikare c'Uburundi Muzinga Fc wari uhejeje kwirahira Top Junior ibitsindo 9-0 ku musi wa gatandatu uheze ivyatumye basubira kuduga mu cicaro...

Urutonde rw’abakinyi 20 b’impfatakibanza b’umugwi BS Dynamic uzokoresha mw’ihiganwa rikurikira

Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs...

Colonel Alexis ngo umugwi muzinga ugiye gukomera muri kano karere

Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro...

#Diaspora| “Tubivugane” mu ntumbero yo gutezimbere imico n’akaranga

Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi...