Home Sports

Sports

Hussein Welo ngo afise icizere co gusezerera Musongati

Inyuma yo kunganiriza na Musongati Fc 0-0 ku kibuga c'intwari, umumenyereza wa Inter Star Hussein Welo ngo afise icizere co gusezerera Musongati Fc. Ari kuri...

FFB: Nta murorerezi azosubira kuraba inkino zisigaye ku kibuga Intwari

Hari kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 26 Rusama 2020, Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari niho umugwi Inter Star wari wakiriye...

Saido Ntibazonkiza arashima abantu bitanze mu kubashigikira

Kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc Saido Ntibazonkiza arashima cane kubona abanya gihugu bitavye akamo ko kwitabira urukino bari batunganije. Ku musi wa gatanu igenekerezo rya...

Abakinyi ba Inter Star bemerewe agashirukabute n’ibatsinda Musongati Fc

Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Rusama 2020, Isaha icenda (15h00) ku kibuga c'intwari, harindiranywe igishika urukino rukomeye cane rwo gutangura rw'igice...

Saido Berahino ariko aronderwa n’Imigwi ikomeye yo muri Ecosse

Ku makuru tuhabwa ni kinyamakuru Sky Sport aravuga y'uko kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu Rugamba Saido Berahino ariko aronderwa n'imigwi ikomeye yo mu...

Hussein Tchabalala yaguzwe na As Kigali

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba yahora akinira Bugesera Fc Hussein Shabani Tchabalala yaguzwe na As Kigali. Ku makuru adushikira ava mu Rwanda...

Charles Niyongabo vyukuri ni nde?yamaze iki?

Urukino rwa Volley ball ni rumwe mu nkino zikomeye kandi zikinwa cane kw'isi. Urwo rukino rwatangujwe na William Morgan i Massachusettes muri leta zunze...

Intwari Handball yikomeje mu kuzana abandi bakinyi bashasha

Abakinyi batatu bakomeye nibo basinyishijwe na club Intwari mu ntumbero yo kwitegurira amahiganwa yimirije akaba ari Ingabire Fabrice yahora muri Rumuri, Arakaza Alex Alain...

Ndikumana Selemani ngo yarasavye ikigongwe Olivier aranka kukimugirira

  Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selamani yavuze y'uko igihe yari yirukanwe muri CAN 2019 azira ukutitwara neza mu bijanye n'indero ngo...

Nzeyimana Maylo ngo abona y’uko Igikombe ari ica Messager Ngozi

Uwahoze ari umumenyereza w'umugwi wa Flambeau du Centre Nzeyimana Maylo muri kino gihe amenyereza umugwi wa Lipuli Fc wo mu gihugu ca Tanzania abicishije...

Imvukira za Musaga zateguye urukino

  Mu ntumbero yo kwerekana ingabire volley ball yakuye mu matuta "pépinière" , imvukira za Musaga zirikumwe n'urwaruka rukina volleyball barategakanije urukino ruzohuza abavuka muri...

Papa kyle niwe yatowe muri Urunani fan’s

Kw'igenekerezo rya 9 Rusama 2020 mu nyubakwa za New ku muganuro harakoraniye abanywanyi b'umurwi Urunani Basket-ball bakaba batoye umurongozi mushasha Nzeyimana Origène batazira DJ...

Most Read

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...

Ukuri kubivugwa y’uko Lydia Nsekera yoba arwaye Coronavirus

Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu...

Igihugu c’Ubushinwa caraye gihaye Uburundi ibikoresho mu ntumbero yo kurwanya Covid-19

  Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo...