Home Sports

Sports

Mudeyi Gustave ngo Uburundi ni Brazil yo muri Africa

Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV Umukinyi wa kera w'Umugwi wa Vital'o Fc Mudeyi Gustave yavuze y'uko Uburundi ari nka Brezil yo muri Africa...

Ikibuga c’i Gatwaro mu Kayanza kigiye kuronka umusezero wa kijambere

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Rusama 2020, niho umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Révérien Ndikuriyo yanditse ku rubuga Facebook asanzwe...

Nahimana Jonathan ngo icizere co gusubira muri CAN kirahari

Umunyegori w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Nahimana Jonathan aracafise icizere c'uko uwo murwi uzosubira  muri CAN. Aganira na Indundi TV, Nahimana Jonathan yerekanye ico...

Waruzi y’uko abakinyi b’intamba banse ama Parcelles bahawe na FFB?

  Abakinyi b'intamba mu rugamba bashikanye Uburundi muri CAN 2019 kuva mu kwezi kwa Ruhuhuma umwaka w'2020 bahawe agashirukabute kangana n'imiriyoni indwi (7.000.000Fbu.) Umwe mu bari...

Premier league : Inkino zigiye kubandanya

  Igihugu c'ubwongereza camenyesheje y'uko amahiganwa yose yari yahagaritswe muri ico gihugu kumvo za Coronavirus agiye kubandanya kuva kw'igenekerezo rya 1 Ruheshi 2020, ariko naho...

Inkino z’igice ca kabiri gishira ica nyuma c’igikombe c’Umukuru w’igihugu zigiye kubandanya

Inyuma yo kumara indwi zirenga zitatu ata nkino ziriko ziraba kumvo y'ibikorwa vy'igihugu bimaze imisi biriko biraba , ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB...

Nahimana Jonathan : Musongati niyo imaze kunyereka urugero rwiza

Umunyegori w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Nahimana Jonathan yavuze y'uko hagati y'imigwi ibiri iriko ihiganirwa igikombe ca Primus league co muri uno mwaka...

Kabanange aracishuza CAF agashimwe kiwe

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu wa Congo Junior Kabanange yavuze y'uko gushika muri kino gihe atarahabwa ikirato ciwe c'inzahabu inyuma yo gutorwa nk'umukinyi yinjije...

Son Heung -Min wa Tottenham yasubijwe mu buzima busanzwe

Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi wa Tottenham Son Heung -Min yari amaze imisi ari mu myimenyerezo ya gisirikare yasubijwe mu buzima busanzwe . Ku makuru twasomye ni...

Cyclisme :Nyanza lac niyo izokwakira ihiganwa ry’igihugu

Uburundi ni kimwe mu bihugu bikina ivyo gusiganwa ku makinga mbere akaba ari urukino ruhurumbirwa mu bice bitandukanye hano iwacu nka Gihanga mu ntara...

Luc Eymael ngo Sarpong niwe muti w’ingwara y’ubusatirizi muri Yanga

Umumenyereza mukuru w'umugwi wa Yang Africans wo mu gihugu ca Tanzania Luc Eymael yavuze y'uko uwahoze ari Umusatirizi w'umugwi wa Rayon Umunye Ghana Michael...

Ihiganwa rikinamwo Youssuf Nyanye rigiye kubandanya

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 06 Rusama 2020, niho uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Turquie Nihat Ozdemir yamenysheje y'uko iryo...

Most Read

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.   Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...

Ukuri kubivugwa y’uko Lydia Nsekera yoba arwaye Coronavirus

Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu...

Igihugu c’Ubushinwa caraye gihaye Uburundi ibikoresho mu ntumbero yo kurwanya Covid-19

  Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo...