Home Sports

Sports

Primus League : Uko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 21

Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 no ku musi w'Imana igenekerezo rya 30 Kigarama umwaka...

Tambwe Amiss yiyemeje gukorera Yang Africans ibintu bikomeye

Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akinira umugwi Yang Africans Tambwe Amissi Yiyemeje gukorera ibintu bikomeye Yang Africans asanzwe akinamwo. ...

Hakizimana Alexis Kitenge yerekeje mu bushinwa

Umukinyi w'umusatirizi w'umurumdi Hakizimana Alexis Kitenge yetekeje mu gihugu c'ubushinwa mu mugwi Makao Club .

kabera Christian Morinho yashinzwe amabanga muri les Jeunes Athletic

Umumenyereza Christian Kabera batazira Morinho yashinzwe amabanga mu mugwi Les jeunes Athletic wo mu cicaro ca kabiri.

Primus league : Uko inkino z’indwi ya 20 zagenze

Kuva kuru uyu wa kabiri uheze igenekerezo rya 25 Kigarama hamwe no kuri uyu wa gatatu waraye...

Primus League B : Uko imigwi igiye guhura ku ndwi ya mbere

Ku magenekerezo ya 27, 28, hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka tugomba turangize...

Primus League : Uko inkino z’indwi ya 19 zagenze

Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22...

CAF Confederation Cup : Francis Haringingo n’umugwi Mukura.Vs basezereye El Hilal Obeid

Umugwi Mukura.Vs usanzwe umenyerezwa n'umumenyereza w'umurundi Haringingo Francis Mbaya wasezereye El Hilal Obeid wo muri Soudan mu...

Uburundi bwakorotse ikibanza kimwe muri FIFA

Nk'uko mu bizi buri ukwezi ishirahamwe risanzwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama risohora urutonde rw'iko imigwi...

Urutonde rw’abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z’indwi ya 19

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona urutonde rw'abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z'indwi ya...

Primus League : Uko imigwi igiye guhura kundwi ya 19

Kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus...

#Indundi Tv| Highlights Vital’o Fc Vs Aigle Noire (3-2) le19.12.218 Primus League

https://youtu.be/IJ7yzXHwMeA?list=PLfqlH3YW9SLYC_5RutsvQGHliZcFg6B1y

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...