Home Tanzania

Tanzania

Amatora 2020 : Perezida John Pombe Magufuli yemereye abatanzaniya amatora meza cane

Amatora nyezina ategekanijwe kuba mu mpera zo muri uyu mwaka w’2020 muri Tanzaniya ngo azoba meza cane kandi ahurikiyemwo bose. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe n’uwuramutswa...

Tanasha ngo ntibakorako kandi ntibakuyakuya

Akoresheje urubuga rwa Instagram, Mbosso yavuze ko uwo baririmbanye Tanasha ngo adakorwako kandi badakuyakuya, atari Boss Diamond Gusa. Tanasha ngo ni uwa Nasibu Abdoul Juma...

Wolper yavuze mu migani ko adashobora kwiruka inyuma ya Harmonize

Ukwiruka inyuma y'uwo mwagendanye ngo nuko aguhevye afatanye n'uwundi ngo n'uguta umwanya gusa. Nayo abomushira munzu ngo baruzuye nuko atarabishaka gusa. Wolper ngo nta mwanya...

Diamond Platnumz ngo yarabeshe ku butunzi afise kuko afise amadeni menshi

Wasafi Tv na Wasafi Fm ngo sivya Diamond, nayo ubutunzi yigamba nabwo sibwo kuko aheranye menshi mu ma Bank, imisigiti avuga yubatse nayo nyene...

Sallam SK Manager wa Diamond ngo ntaherekeza uwuja gutunga

SK ngo uwuja gutunga ntamuherekeza, barajana bose bakaronka ico babiriye akuya. Sallam SK umwe muba Manager bakomeye ba Diamond Platnumz bemeza ko ata mugambi bafise...

Diamond Platnumz na Tanasha bazorushinga Imana ibishatse

Tanasha yavuze ko ata kwihuta kuri mu bugeni vyavuzwe ko bazogira na Diamond, ubu ngo bipfuza kwibanda...

Zari yavuze impamvu ashaka kuba umu Millionaire

Ubu Zari ngo yishakira kwironderera amahera biciye ahandi apana mu muziki. Kuko kuba umu Millionaire mu kuririmba...

Diamond yireguye kubivurwa na Zari ko yoba yarihakanye umwana

Mu gihe hari induru igize imisi hagati ya Diamond na Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari, haguma...

Diamond Platnumz yatangajwe n’abari bamaze kuyiraba mu masaha makeya

Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n'abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa...

Se wa Diamond yagize ico avuga kw’iyinjira ryiwe muri WASAFI

Naho se wa Diamond yabonetse mu ndirimbo “Mwewe” iheruka gushirwa ahabona muri ino ndwi tugira turangize, ngo...

Perezida Magufuli yahaye abakinyi biwe ibibanza vyo kwubaka

Abakinyi b'umugwi nserukiragihugu wa Tanzania bahawe ibibanza vyo kwubaka amazu mu gisagara ca Dodoma.

Idini ry’abana ba Diamond ryateye ibibazo

Abakurikirana urubuga rwa Instagram rwa Zari ntibatahura neza idini abana ba Diamond barimwo, kuko umwanya umwe umengo...

Most Read

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...