Home Uncategorized

Uncategorized

# indundi Sports | Inama ya bose ya Vital’o igiye kuba yoba ariyo guhindura inzego?

Ku musi wa gatandatu Igenekerezo rya 10 gitugutu 2020 isaha 10h00 Ku kigo ca Muse Vivant , niho umugwi Vital'o Fc uzoba wakoze inama...

# Indundi Sports | Breaking News : Emmando Mpotela ntakiri umumenyereza wa Vital’o Fc

Amakuru ahejeje gushikira Indundi Sports muri kano kanya ni uko umugwi Vital'o Fc umaze guhagarika umumenyereza wabo Emmando Mpotela . Ayo makuru akaba yemezwa na...

# Indundi Sports | Jumaine yaraye ahawe agashimwe ka BCM

Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 03 Gitugutu 2020, imbere y'uko urukino rw'indwi ya 5 rwahuje Musongati Fc na Kayanza United ruba abakunzi b'inkino...

# Indundi Sports | Abakinyi 6 bakina hanze nibo bahamagawe muri Taifa Stars

Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu wa Taifa Stars muri Tanzania Umurundi Etienne Ndayiragije yaraye asohoye urutonde rw'abakinyi 25 bazotana mu mitwe n'umugwi nserukira gihugu w'intamba...

Des complots sataniques contre les mariages

Le malin est malin ! L'intérêt de cette tautologie est d'insister sur le mot "malin" . Les couples sont les premières cibles du diable....

Urwevu: Rumwe mu mpfunguruzo zugurura uturyango tw’ivyumba biri mu bwonko.

Mu bwonko bwawe rero niho urukiza rwawe ruri. Ubutare, amafaranga eka n'ibindi vyose wifuza biri mu vyumba bigize ubwonko bwawe. Mu gitabo canditswe na Napoleon...

BCM : Jumaine niwe yatsindiye agashimwe k‘ukwezi kw’i 9

Nk’uko bizwi buri kwezi abakunzi b'inkino bahurikiye mu mugwi BCM Burundi bahora batanga agashimwe buri ukwezi k'umumenyereza yama yitwaye neza mu nkino 4 ziheruka...

Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane

Inyuma y'ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y'ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse,...

Big Fizzo yagirijwe kwica umuntu, kandi akiri muzima

Big Fizzo ngo ntazofatwa mw'ishati na nyene indirimbo yasubiyemwo kandi atabiherewe uruhusha, ariko ubutungane bwo buzomukurikirana. Mu kiganiro na Amanda, Ciza Sylvestre, umukukuruke mu mwuga...

#Diaspora| Ababa muri Ethiopia, Djibuti, Algeria,Eritrea,barashigikiye cane abarundi baba Sudani Y’Epfo

Abarundi baba ku mpande zine z'isi babandanya kwitegurira indwi y'abahariwe izohimbarizwa hano mu gihugu cacu muri Mukakaro 2021, muri Sudani Yepfo ho bariko babikora...

Nziza Desire batamwimye umwana, Leila barasubirana muri Amerika

Nziza Desire ngo ata kimuzibiye ashobora gusubira muri Amerika ajanye umwana yavyaranye na Natacha. Aha akavuga ko umwana ari umunyamerika kuko na se nawe...

Michou Miracle yasubiye muri Siren Vibe kwa Hosy

  Michou Miracle ngo ikibuze uno musi mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha imico n'akaranga hano iwacu n'ukuzana ibintu bishasha "Innovation". Mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru 2 barimwo n'uwutwara imboneshakure...

Most Read

Ahamagarira abanyagihugu kwiyubara

Abantu 17 bagirizwa ubusuma n’ubundi bugizi bwa nabi  butandukanye harimwo kudandaza ibiyayuramutwe hamwe n’ubwicanyi berekanywe n'igiporisi kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Gitugutu...

Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’100 niyo bagiye kuza barahanishwa

Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’ijana y’amafaranga y’amarundi nico gihano gihabwa uwuhinguye mu bumwanya imifuko n’amacupa. Uwuranguye hanze amacupa n’ubucupa bikozwe mu bumwanya nawe...

Ikiringo cari catanzwe congerejwe

Ikiringo c'iminsi ibiri cari gitegekanijwe ku bijanye na rusansuma y'abakozi congerejwe gushika hafashwe izindi ngingo. Urwo rusansuma rwari rwatanguye kuri uyu wa mbere. Mu kiganiro...

# indundi| Aba nibo bakinyi 10 bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi muri Pimus league

Mugihe indwi igira 7 ya Primus league yaraye irangiye ku magenekerezo ya 23,24na 25 Gitugutu(10) abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi bamaze kumenyekana. Urutonde rwabo...