Home Urwevu

Urwevu

Urwevu: (‘inzoga) Abo iyo nkofero yokwira urabareka baheze bayambare”( Cancer)

Who that cape fit, let them wear it! ( Bob Marley) Ayo ni amajambo amwe akoreshwa n'umuhisi w'umuririmvyi Bob Marley. Ariko ni amajambo akomeye cane...

Urwevu:( Inzoga) Sinzi ko nkibona canke ntoba mpumaguza gusa!

Iyo zimaze kukunyengetera, ziraheza zikakugira nk'imbohe. Ukarondera kuziheba canke ukuzigabanya bikaguta kuw'amazi! Iyo zimaze kuba rero zaramaze kugushikana kuri urwo rugero, ni ukuvuga, ko,...

Urwevu: (Inzoga). Hagati y’abo munwana n’abo mubana uhengamiye he?

Ijambo "ukuborerwa ", jewe ndumvamwo ijambo ritameze neza ugerageje kuricagagura. Womengo harimwo "kubora" muga ntavyo mvuze kuko ntari umuhinga mu kirundi. Tuzobaza kazinduzi. Abasokuru bavuze...

Urwevu: Guma ubega uzoteba ushike aho ushaka.( Ahari inkozo)

  Ugasanga rero hari abantu amaso yabo yama yihutira kubona ibitagenda. Iyo ikirahuri gicagatiye, bobo baraheza bakibonera igihande kigaragara, ntibashake kwerekwa igihande kirimwo  amazi. Umubajije...

Urwevu: Veyo ! Uwuguhaye igiturire aba aguhuganiye, aba aguhumiye!

Aba atumye uba umuntu ahumiwe. Uwuguhaye igiturire nawe ugaheza ukacakira, waba wari ugisavye canke akikugemeuriye, aba akuguze. Ntaba akuguze gusa, aba akuguze rumwe; aba akugize...

Urwevu: Bimwe mu vyo umutware wese( Leader) yoza arazirikana.

Nk'umuntu rero yagize amahirwe y'ukuyobora abandi, n'ukuvuga ko ahiriwe. Uwo muntu aba yahawe igikorwa c'umwungere. Aba aragiye intama z'Imana, kuko nkako, umwungere nyene ubwungere ...

Urwevu: Bivemwo ! Akagaye nta we kereye!

Kimwe mu vyihutira kwerekana umunyakagaye ni ukutabwirizwa. Ukudahanurwa! AKAGAYE NTAWE KEREYE ! Iryo ni ijambo rimwe mu majambo aza ku mutwe w'agatabo kanditswe n'umukurambere, NAHAYO...

#urwevu| La réalisation de l’objectif Faim zéro d’ici à 2030 est compromise

En garantissant une alimentation saine aux milliards de personnes qui ne peuvent se la permettre, on pourrait économiser des billions de dollars   Davantage de personnes...

Urwevu ku bijanye n’ikiza COVID19

Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero...

Urwevu: Weho none udandaza gute?

  Abahinga bose mu budandaji bagiye barabigarukako. Aha duciye ku masonga twovuga nk'uwitwa Brian Tracy hamwe na Zig Ziglar bo muri Amerika. Bose rero barihweje...

Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise!

URUKUNDO  RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n'urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw'abataremye kumwe mu...

Urwevu: Ntiwemere ko baguhanangura mu kibanza c’iteka warimwo!

Maze rero imirwi ibiri y'abantu batavuga kumwe bari bari bahanganye bagaheza umusi uri zina bagaheza bakumva umuhamagaro w'ugushira hamwe. Mu ruhande rw'abantu basanzwe bazi amatati...

Most Read

BigFizzo yaguye mu gahundwe abonye Lolilo aririmba adakoresheje CD

Big Fizzo ngo yaratangaye cane abonye Lolilo kuri Stage ariko aririmba Live, akabikora ku ndirimbo zitari nke. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Lolilo ubwiwe mu...

Kern yatsinze , Aigle noir ihabwa ikaze

Ihiganwa rya Basketball i bujumbura ryaratanguye biciye mw'ihiganwa ry'intango bita tournoi d'ouverture ryuguruwe icese kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Myandagaro 2020 ku...

Nkengurutse Brax yabaye MVP

Kuri uyu w'imana niho harangira ihiganwa bise tournoi de l'espérance rikaba ryatahakanywe na Intwari mu bagabo na Sisters mu bakenyezi . Iryo higanwa rikaba ryatunganijwe...

Burarahurwa: STEPHEN R. COVEY ati urafise inguvu z’ukuvyishitura!

Mu gitabo canditse citwa "7 HABITIS OF HIGHLY EFFECTIVE PEOPLE" Stepohn R. Covey arafata ukuboko umusomyi akamutahuza ibitari bite. Ni igitabo rero aho Stephen...