Home Vital'O FC

Vital'O FC

Aba nibo bahabwa amahirwe yo gutahukana agashimwe k’umukinyi akiri muto

Nkuko mubizi ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryo muri uyu mwaka wa 2019 ushira uwa 2020 ryaraye rirangiye . Umugwi Messager Fc w'ingozi niwo...

Zinedine Zidane yavuze umukinyi w’inyuma yemera gusumba abandi kw’isi

Umumenyereza w'umugwi Real Madrid Zinedine zidane yavuze umukinyi w'inyuma yemera cane gusumba abandi kw'isi. Zidane yavuze ko yemera Sergio Ramos gusumba abandi bakinyi  kw'isi, akaba...

Sahabo Pariss yavuze imvo yatuma Vital’o Fc ititwara neza mu nkino ziheruka

Inyuma yo kunyagira Rukinzo Fc ibitsindo 4-2 mu Rukinzo rwaraye rusozereye ihiganwa rya Primus league ryo muri uno mwaka , umumenyereza wa Vital'o Fc...

Ikibuga kizokwakira finale y’igikombe c’umukuru w’igihugu camenyekanye

Hiriwe icanacanako ku mbuga ngurukabumenyi zitandukanye rivuga ko urukino rwanyuma rw'igikombe c'umukuru w'igihugu rushobora kuzobera mu ntara ya Gitega ku kibuga citiriwe ingoma ku...

Uku imigwi yatsindanye kundwi ya 12

Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryari ryabandanije kundwi ya 12 . Uko Niko imigwi yatsindanye muri *Ligue B Burundi*: _Garage Express yatsinze...

# Indundi Sports | Abakinyi ba Haleluya Fc bagiye kwunamira ubwanyuma umukuru w’igihugu

Mugihe abarongozi batandukanye bamaze imisi bishikira ku kirimba c'umukuru w'igihugu mu ngoro yitire Ntare kwunamira ndetse no  gutanga ubutumwa bwabo bujanye n'ubuzima bwa Petero...

Inkino za Primus league zungurujwe mu ndwi ikurikira kumvo y’ikigandaro

Inyuma y'urupfu giturumbuka rwa nyakwigendera umukuru w'igihugu c'u Burundi Petero Nkurunziza, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru (FFB) ryigije inyuma ikirangamisi c'inkino Primus league nkuko zari zitegekanijwe...

Umumenyereza wa Garage Fc yaraye yidogeye umuhagarikizi

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 11 Ntwarante isaha indwi 13h00 ku kibuga c'ingoma kiri mu ntara ya Gitega niho umugwi wa...

Football : Ntibazonkiza yaraye ababaye mu rukino rwabahuje na Aigle Noir

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 08 Ntwarante 2020, niho umugwi wa Aigle Noir The Fighters wari wakiriye umugwi wa Vital'o Fc mu rukino rw'indwi...

Saido Ntibazonkiza ngo urukino rwose kuribo ni Final

Mugihe kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 26 Nzero 2020 umugwi wa Vital'O Fc wari uhejeje gutsinda umugwi wa Buja City ibitsindo...

Evariste ati : “Benjamin twamuhaye umugwi vy’imfata kibanza

Icegera c'uwutwara umugwi Vital'o Fc Evariste Mukurarinda aravuga y'uko uwahoze atwara umugwi Vital'O Fc Bikorimana Benjamin bamuhaye...

Most Read

#Indundi Sports| Rayon Sports yaguze umurundi ari mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi

Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsène yafashe ikibanza ca gatatu mu...

# Indundi Sports | Umumenyereza wa Aigle Noir yahawe akazi gakomeye mu mwaka uza

  Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza...

#made in Burundi| Kiyo Fashion Colletive barahagurukiye guteza imbere abanyamwuga

Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in...

Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru...