Home volleyball

volleyball

Sahabo Pariss yavuze imvo yatuma Vital’o Fc ititwara neza mu nkino ziheruka

Inyuma yo kunyagira Rukinzo Fc ibitsindo 4-2 mu Rukinzo rwaraye rusozereye ihiganwa rya Primus league ryo muri uno mwaka , umumenyereza wa Vital'o Fc...

Volleyball : Imirwi Amical na GLC niyo yatahukanye igikombe

Kuva mu kwezi kwa mbere, ishirahamwe rya volleyball mu Burundi ryaratunganije ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu. Imirwi cumi n'umwe harimwo itanu yo mu gihugu hagati...

Charles Niyongabo vyukuri ni nde?yamaze iki?

Urukino rwa Volley ball ni rumwe mu nkino zikomeye kandi zikinwa cane kw'isi. Urwo rukino rwatangujwe na William Morgan i Massachusettes muri leta zunze...

Imvukira za Musaga zateguye urukino

  Mu ntumbero yo kwerekana ingabire volley ball yakuye mu matuta "pépinière" , imvukira za Musaga zirikumwe n'urwaruka rukina volleyball barategakanije urukino ruzohuza abavuka muri...

Volleyball : Rukinzo na Muzinga y’abakenyezi nizo zatahukanye ihiganwa

Umurwi wa Rukinzo mu bagabo na Muzinga mu bakenyezi niyo yatahukanye ihiganwa rya volley ball i Bujumbura. Iyo mirwi yarakoze ibikomeye kuko yahuye n'imirwi ikomeye...

Volleyball: Rukinzo irahabwa amahirwe yo gutahana igikombe

Ihiganwa rya volley ball i Bujumbura risigaje Umusi umwe ngo rirangire. Mu mpera zino ndwi imirwi itandukanye ikaba yarahiganywe. Icerekana ko Rukinzo ihabwa amahirwe menshi...

Volleyball: Bahisemwo ko ihaganwa ridahagarara

Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2020 , abagize inama ya bose y'ishirahamwe rya volley ball baragiye hamwe biga ku kuvyerekeye ikibazo...

Volley Ball : Hatangujwe inkino co gusubiriza

Bisoro na Rukinzo zarorohewe mu bagabo , Muzinga na Les As na GLC nazo ntiziganganiye Panthers na New colombe. Mw'ishirahamwe rya volley ry'i Bujumbura baratanguye...

Volley-ball : Ntwari Trésor yahishuye ibanga

Umukinyi w'igihangange Trésor Ntwari akinira Rukinzo volley ball club , niwe mukinyi wa mbere afise ibikombe vyinshi cane muri volley ball na volley beach...

VolleyBall : Imirwi izokina final ya President cup yamenyekanye

Igikombe c'umukuru w'igihugu muri Volley ball kirabandanya kikaba kigeze mu rukino rwa nyuma rutegekanijwe mu misi iza kuri stade Urukundo i Buye muri Komine...

#Handball&VolleyBall : Umusi wahariwe abakenyezi warahimbajwe biciye mu nkino

  Umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi warahimbajwe ku kibuga c'ubushikiranganji bw'urwaruka inkino n'imicokoma . Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 8 Ntwarante 2020, abakemyezi bakukurutse mu...

Most Read

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...

# Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri Tanzania

    ku w’Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 niho abakinyi b’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 berekeje i Harusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero...

#diaspora| News|Umuco wa Japhet Legentil ku makenga ya bamwe n’abandi

Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona...

Basaba Reta n’abagiraneza kubagarukirako

Abanyagihugu bari muri site y’impunzi ya Kigarangamango ngo bamerewe nabi kuva bahungiye muri iyo site, hararenze amezi atanu. Bimwe mu bihanze abo banyagihugu bahungiye muri...