Home World News

World News

Egiputa : Abahambwe, haraciye imyaka irenga 2000, basanze batarabora

Igihugu ca Egiputa cerekanye ku mugaragaro amasandugu 59 aherutse kubonwa bushasha mu bumanuko bwa Kayiro, umurwa mukuru w’ico gihugu, bikaba bivugwa ko ayo masadugu...

Breaking News: Donald Trump et la Première Dame testés positifs au Covid-19

A partir de son compte Twitter , Donald Trump, président des États-Unis d'Amérique à annoncé au monde entier que lui et sa première dame...

Kurwanyiriza hamwe Covid-19, nico ishirahamwe ONU risaba

Igekenekerezo rya 21 Nyakanga uko umwaka utashe amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amahoro. Mw’itangazo ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bahamagarira abantu bose kw’isi kuja hamwe mu kugwanya...

Ubwo igiciro c’urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko?  

  Urukingo rw’ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa. Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko...

Neymar ukwinezereza kumukozeko, ataravye neza n’ukuhasigara, arahasigara

Ukunezerwa aba kino gihe bita "kurya ubuzima" bimukoze Neymar, aho n'inyuma y'imisi bari bagize bari mu gace kitwa Ibiza muri Espagne hamwe na bagenziwe. Ikivugwa...

Ifungwa rya Ronaldinho ryatumye hatabwa muri yompi abarenga 20 muri Paraguay

Ubu uriko usoma ino nkuru Ronaldinho umukinyi wa kera w'umurwi Barcelona kandi n'umwe mu bakinyi bakoze ibikora inka mu mugwi nserukiragihugu wa Bresil ngo...

Abafaransa bafise ubwoba kubera ama Mask bambara zibonekamwo ama Puce Electronique

Mu gihe mu Bufaransa naho ryabaye itegeko nkaho inyuma ya Kanyaru kwambara Mask benshi bakunze kitwa agafukamunwa,...

Muri Kenya abana 4000 batwaye inda muri bino bihe vy’ ikiza Corona Virus

Abana bakiri bato b'abigeme batwaye inda muri bino bihe vy'ikiza Corona Virus ngo n'umurengera nkuko amakuru dukesha ibimenyeshamakuru mpuzamakungu abishikiriza. Abana b'abakobwa bagera ku 4000...

Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y’uko itangazwa

Abahinga b'Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y'uko ico...

Premier league : Inkino zigiye kubandanya

  Igihugu c'ubwongereza camenyesheje y'uko amahiganwa yose yari yahagaritswe muri ico gihugu kumvo za Coronavirus agiye kubandanya kuva kw'igenekerezo rya 1 Ruheshi 2020, ariko naho...

Son Heung -Min wa Tottenham yasubijwe mu buzima busanzwe

Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi wa Tottenham Son Heung -Min yari amaze imisi ari mu myimenyerezo ya gisirikare yasubijwe mu buzima busanzwe . Ku makuru twasomye ni...

Davido yakoranye indirimbo na Nick Minaj

Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...