Tags 2019

Tag: 2019

Umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi : Amwe mu masanamu yaranze uwo musi

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Ntwarante umwaka w'2019, abarundi baramutse bifatanya n'amakungu mu guhimbaza umusi...

“Umukenyezi ashirwe imbere mu migambi irashe yo gutegekanya kazoza”

Uko umwaka utashe igenekerezo rya 8 Ntwarante, amakungu arahimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi. Mu Burundi, uwo musi uzohimbarizwa ku murwa mukuru...

Uko ishirahamwe “Ntabariza-SPF” ryakiriye ingingo iherutse gufatwa n’umukuru w’igihugu

Ishirahamwe ryitaho agateka k'abanyororo hamwe n'imiryango yabo "NTABARIZA-SPF" ryaramutse ritunganya ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho ryari ryipfuza gushikiriza...

Most Read

Uwoya yagarutse ku bimwagirizwa ko yoba ari ishetani

https://m.youtube.com/watch?v=5JqdE6e39HY Irene uwoya benshi bazi nka Oprah kubera ireresi yakinyemwo yitwa iryo zina, nawe haraho bishika akemeranya n'abatari bake ko ari ishetani "Jini" bivanye n'ubwiza...

Abatari bake bibajije nimba Natacha yavuga gusenga, canke yafobetse

https://m.youtube.com/watch?v=-BIr5LPrtJI Mu giswahiri umuririmvyi Natacha yaraye yanditse ko arindiriye umugabo ngo batangure gusenga. Kwoba kwari ugusenga nyene canke yari imvugo mfobeko isobanura ikindi? Ico nico...

Igituma urwaruka ruheza amashure ntirumenye ariko ntirumenye kuvuga ururimi rw’icongereza

Mu Burundi hariho urwaruka ruheza amashure yisumbuye mbere na kaminuza ariko rudashobora no kuvuga ngo rutange ivyiyumviro mu rurimi rw'icongereza. Ariko rero ntibisigura ko batazi...

Impamba umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaraye atekereye abarundi

Umukuru w'igihugu asaba abarundi bose guharanira amahoro aho umwe wese aba, bayatsimbataze bari hamwe bose kugira bashobore kugwaniriza hamwe umwansi w'ubukene mu muryango. Evariste Ndayishimiye...