Tags B face

Tag: B face

B Face yavuze igituma yashimye gukorana indirimbo na Tom Close

Amasanamu y’indirimbo yakoranye na Tom Close ngo biragoye kuvuga ryari azoshirirwa ahabona, kuko atayo afise mu ntoke. I Kigali mu Rwanda B Face icamujanye ngo...

Fabelove aragabisha B-Face ngo akaba yaratukanye ace yitega ibitazomuryohera

https://www.youtube.com/watch?v=sX2O8wu7GkE&feature=youtu.be

Hagati ya B-Face na Fabelove hoba hagiye kuzokwaka umucanwa kundirimbo?

Fabelove aragabisha B Face kundirimbo aheruka gusohora Passport ngo akaba yaratukanye ngo rabizi ko atakumwihanganira Fabelove inyuma y’indirimbo I’m Sorry yakoranye  na Linah Blanche avuga...

Iyo menya ko twahawe Laisser passer sinari kuyitora

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 Rusama niho umuririmvyi Magic Soldier Kingorongoro yaramuka abaza ikibazo agira...

Most Read

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Diaspora: Amarushwa ashobora gushikira umuntu kubera ari mu mahanga.

Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko...

Diaspora News : Dusenge Ketty Ange asubiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mpuzamakungu

Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange...