Tags Bain Turo

Tag: Bain Turo

Twafashe muri ville Umwifunzi wa Empire Avenue abura uko yifata arishikana

https://www.youtube.com/watch?v=stFz1c43wdc

Umuzo wa Bain Turo ushobora kuza utandukanye cane

Inyuma yaho yakora wenyene vyasa nk'aho bigorana ariko bigateba bigashika, ni Bain Turo (Bain Ten) mu nyuma yashizwe k’urutonde rw’abaririmvyi bagiye guhagararirwa na Empire...

Finya ryoba ariryo zina ry’ururirimbo rugiye kuzosohorwa na Bain Turo

Inyuma yikiringo kitarigito ataboneka kandi afise ubuyobozi bumufasha ivyakazi kumuziki haba kuruhande rw’indirimbo canke amasanamu ni Bain Turo agiye gusubira kugaragara mukazi kiwe . Abicishije...

Most Read

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Diaspora: Amarushwa ashobora gushikira umuntu kubera ari mu mahanga.

Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko...

Diaspora News : Dusenge Ketty Ange asubiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mpuzamakungu

Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange...