Tags Belle9ce

Tag: belle9ce

Miss Erica nawe agiye gufashanya na Sat-B hamwe na Big Fizzo uno mwaka

Ku ndirimbo zitarinke zakunzwe Miss Erica agiye kuryohera abakunzi biwe mw'ihiganwa rya Primusic kuri ino ndwi igira kabiri ihiganwa rya primusic ritanguye Umuririmvyikazi Belle9ce Ingabire...

Sat-B naho vyoshika agaheba Belle9ce umuziki ntiyowuheba

Kubwa Belle Nice ngo naho vyoshika umukunzi wiwe ariwe Sat B akamuheba umuziki ntiyowuheba  yobandanya.

Belle 9ice – Sabo (Official Music Video)

https://www.youtube.com/watch?v=tn0ABUwDPdI

Most Read

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...