Tags Big fizzo

Tag: big fizzo

Ng’iki ikintu abanya Rumonge Bantu Bwoys igiye kubakorera

Inyuma y’ibiteramo bibiri  Label ya Bantu Bwoy yaheruka gukora kimwe mu ntara ya Ngonzi icitabiriwe nabakunzi bataribake b’umuziki ikindi mu ntara ya  Gitega ubu...

Big Fizzo ati : “Umwami ni Yezu wenyene ntawundi atari Imana abandi turi musi y’izuba.”

Bantu Bwoy mu giteramo bateguye caraye kibereye i Ngozi citabiriwe n’isinzi ry’abakunzi b’umuziki ndundi. Hari kuri uno wa Mungu wa Pasika igenekerezo rya 12 Ndamukiza...

Big Fizzo yavuze ko agiye kwitwarira Dj Israel Kuko ngo yaramwambuye agashambara

https://www.youtube.com/watch?v=rmjpDWlPGM8&feature=youtu.be

Big Fizzo – GOÛT YANJE (OFFICIAL AUDIO & VIDEO)

https://www.youtube.com/watch?v=yD7dct6-BA4

Big Fizzo : “Nakoze ibiteramo Amerika n’i Burayi mugihe Sat-B atarakora igiteramo na kimwe haba no mu Rwanda”

Inyuma ya WHO’S THE BEST CONCERT hadutse amajambo afise ubumara bukaze bishobora kuduza irindi shusho mu muziki w’Uburundi. Big Fizzo abicishije ku nsamirizi Buja Fm...

Big Fizzo yavuze uko yahatswe gufatwa ku nguvu

Big Fizzo ngo yahakuwe n'inguvu ziwe, nayahandi yarrafashwe ku nguvu, ariko ntiyashimye kuvuga uwaramufashe ku nguvu hamwe n'igihugu vyabereyemwo. Mugani Desiré benshi bazi nka Big...

Ntibisanzwe hagati ya Big Fizzo na Sat-b, soma utahure ubutumwa bahanye

Inyuma y’igihe kitari gito bahuriye ku butambiro (Stage) bumwe mu gice ca nyuma ca Primusic ni Fizzo na Sat-b bo nyene ubwabo bavugiye kuri...

Ng’iki ikintu gikomeye BantuBwoy yose  igiye gukorera abarundi

Big Fizzo na Bantu Bwoy yose ibazaniye igiteramo citiriwe BantuBwoy Concert ku ncuro yabo yambere igiye kubateramisha biciye mu giteramo babateguriye. Inyuma y’ukuva mu karuhuko...

Producer ENDO MIKE ubu yoba abarizwa munzu ya Bantu Bwoy Record

Inyuma y'ivavanura rya Pro. Endo Mike n’inzu y’ubuhinyanyuzi ariyo Bantu Bwoy ubu ngo atakinyegezwa abarizwa muri iyo nzu Mugihe bamwe bavuga ko bashobora kuba baravanye...

Muyoboke yavuze kuri Charly na Nina hamwe na Big Fizzo

Muyoboke ntiyemeza canke ngo ahakane ko Charly na Nina basubiye hasi, ariko avuga ko umuvuduko bariko bakirikumwe atariwo bariko. Biragoye kwemeza canke guhakana ko umurwi...

Most Read

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...

# Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri Tanzania

    ku w’Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 niho abakinyi b’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 berekeje i Harusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero...

#diaspora| News|Umuco wa Japhet Legentil ku makenga ya bamwe n’abandi

Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona...