Tags Bwana on’ka

Tag: Bwana on’ka

Bwana On’Ka, umusore aje mumuziki na RAP idasanzwe umva inyishu ziwe

https://www.youtube.com/watch?v=Hqs4nhBivrc&feature=youtu.be

Ng’iki ikintu umuririmvyi Bwana on’ka yipfuza gushikako muri Rap yo mu Burundi.

Bwana on’ka kubwiwe ngo ntagusubira inyuma muri uno mwaka akaba agiye gushira ahabona indirimbo yiwe ya mbere mu misi. Bwana on’ka umuririmvyi akiri munshasha azwi...

Most Read

Confederation cup: Musongati Fc igiye kwakira Green Eagles ata barorerezi kubera Covid -19

  ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari niho umugwi Musongati Fc uzokwakira umugwi Green Eagles Fc...

# Indundi Sports | Breaking News: Dieugo Maradona yitavye Imana bitewe n’ihagarara ry’umutima

  Umukinyi rurangiranwa wa kera w’umugwi nserukira gihugu wa argentine Dieugo Armando Maradona yitavye Imana bitewe n’uguhagarara kw’umutima ( Arrêt Cardiaque). Maradona w’imyaka 60,mu ntango z’uku...

Intamba U 20 zihejeje kunyagirwa n’Ubuganda

  kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, niho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 wakina urukino rwa mbere rwa...

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko...