Tags CAN2019

Tag: CAN2019

CAN2019 : Pacifique Ndabihawenimana niwe agiye guhagarikira urukino rwa Guinée Bissau na Bénin

Pacifique Ndabihawenimana niwe murundi wenyene rudende yagiye muri Egiputa nk'umuhagarikizi mu nkino z'igikombe ca Afrika CAN. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi umwaka...

Intamba mu rugamba zatererewe imiriyoni 192 z’amarundi

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ubandana ushigikirwa n'amashirahamwe atandukanye muri wa mugambi wa Dushugikire Intamba Zacu. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya...

Intererano ingana imiriyoni 79 z’amarundi niyo Intamba zahawe

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ubandanya ufatwa mumugongo n'amabanki ndetse n'amashirahamwe atandukanye .

Elvis Kamsoba ku rutonde rw’abakinyi 28 b’intamba bagiye kwitegurira CAN2019

Umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 28 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira...

Brarudi ryaterereye imiriyoni 35 z’amarundi umugwi w’intamba mu rugamba

Inyuma yo gufata mu mugongo ihiganwa rya Primus league ishirahamwe Brarudi ryasubiye kandi gufata mu mugongo...

CAN2019 : Uburundi mw’itsinda rimwe na Nigeria

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uri mw'itsinda rimwe na Nigeria . Kuri uyu...

Eliminatoires CAN2019: Intamba zaraye zironse uburengenzira bwo kwitabira inkino za CAN

Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba waraye uteye iteka igihugu c'Uburundi mu kuronka itike yo kwitabira inkino za...

CAN2019 : Un ministre congolais démentit l’information du 2è vice-Président de la CAF

Alors que le 2e vice-président de la Confédération africaine de football a annoncé vendredi passé la candidature de la République Democratique du...

Most Read

Uburundi bwakuwe ku rutonde rw’ibihugu bizokwirwako n’inama mpuzamakungu ONU

Ni umunezero udasazwe ku Burundi n’abarundi aho bwasabiye ko bukurwa ku rutonde rw’ibihugu vyirwako n’inama mpuzamakungu ONU ijejwe ivy’umutekano. Ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umushikiranganji...

Agriculture: Ntacobuza ko ikigoti kimwe kivamwo ibiro birenga 20

Mu gihe igiterwa c’imyumbati citaweho neza, ngo ikigoti kimwe gishobora kuvamwo umwimbu ushimishije cane. Aho yari yagendeye intara ya Gitega neza na neza muri karitiye...

Abakinyi ba Musongati Fc bafashe urugendo berekeza muri Zambia

Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Kigarama 2020, niho umugwi Musongati Fc w’i Gitega wafata indege werekeza mu gihugu ca...

Ivyokorwa kugira ngo imyuzure igabanuke mu gisagara ca Bujumbura

Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura ngo barakwiye kwubaka amazu bisunze amategeko agenga ivyo kwubaka kugira birinde guterwa n'imyuzurira yama yibonekeza, ikonona ibintu bitari...