Tags CAN2021

Tag: CAN2021

Messager Ngozi mu nzira yo gutwara igikombe

Intsinzi ya Messager Ngozi y'ibitsindo 2 kuri 1 ca BS Dynamik yatumye Messager Ngozi yiyongera amahirwe yo gutahukana igikombe ca Primus league co muri...

Olivier Niyungeko ngo gutanga imihoho ntibishoboka, babikure mu mutwe

Mu gihe intamba zari zihejeje gutsindwa ibitsindo 3-0 n'umugwi wa Maroc kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Munyonyo 2019 isaha icenda...

“Mutombola hoshiii, Mutombola gooo! Niyirukanwe!”.

Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Munyonyo 2019, umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wari wakiriye umugwi nserukira gihugu wa Maroc...

Nduwarugira Christophe ntiyajanye n’abandi i Bangui

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Munyonyo 2019 , niho umugwi wa mbere urimwo abakinyi bamwe bamwe b'intamba mu rugamba bafashe indege berekeza...

Most Read

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...