Tags CECAFA Challenge cup

Tag: CECAFA Challenge cup

Cecafa Challenge Cup : Ikirangamisi c’inkino z’intamba mu rugamba zizokina

Mu gihe ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Kigarama 2019 mu gihugu c'Ubuganda hategekanijwe kuzobera ihiganwa rya Cecafa Challenge Cup Senior y'imigwi nserukira...

CECAFA Challenge Cup : Urutonde rw’abakinyi 29 b’intamba bahamagawe

Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 22 Munyonyo 2019, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba mu...

Most Read

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...