Tags CECAFA

Tag: CECAFA

Aigle Noir yakuye abakinyi bayo mu ntamba mu rugamba

  Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Munyonyo 2019 niho ubuyobozi bw'umugwi wa Aigle Noir bwandika ku rubuga ngurukanabumenyi bwawoo y'uko abakinyi ba Aigle...

Aba nibo bakinyi b’intamba bakina hanze batatumweko mu nkino za CECAFA

Mugihe ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona Urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino za Cecafa Challenge Cup zigiye...

Most Read

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...

Diaspora News: Abahamagarira kwitaba inama yo kurabira hamwe igituma baguma bagandagurwa

Mu butumwa aheruka kurungikira ubuserukizi bw’ibihugu vya Afrika buri mu gihugu c’Uburusiya, umuserukizi w’Uburundi muri ico gihugu Edouard Bizimana abahamagarira kwunga urunani maze biyamirize...

Ibidasanzwe bitari bimenyerewe nivyo vyaranze Basketball i Bujumbura

Menya ibintu bine bidasanzwe kandi bitari binamenyerewe vyaranze Basketball i Bujumbura mu ndwi twaraye dusozereye. Urunani ruhahagaritse umuvuduko wa Kern Ihiganwa rya Basketball mu gisagara ca...

Lydia Nsekera| Basabwa gukingira abakenyezi

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020 niho hakinwa inkino mu ntumbero yo kurwanya amabi akorerwa abakenyezi . Inkino zitandukanye nka Volleyball, Basketball...