Tags Coronavirus

Tag: coronavirus

Uwundi muntu umwe basanze yaranduye Coronavirus

Ubushikranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko uwundi muntu yamenyekanye ko yanduye umugera wa Corona inyuma yo gupima abantu 60 babonanye...

Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye

Reta y'Uburundi yaraye itangaje ko kuva ubu ingenzi ziza mu gihugu zivuye mu bihugu bimwe bimwe birimwo Coronavirus ko bategerezwa kuzohora bashirwa ahantu imisi...

Igihugu kigira kabiri muri Afrika catowemwo coronavirus

Mw’itangazo yaraye ashize ahabona abicishije ku mboneshakure y’igihugu ENTV, umushikiranganji w’amagara y’abantu mu gihugu ca Algeria yemeje ko umuntu wa mbere bamusanzemwo ingwara ya...

Most Read

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko...

Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi

Ubushikiranganji bw'Uburimyi, ubworozi hamwe n'Ibidukikije bumenyesha ko ibikorwa vyagenze neza kubice 98% mu gice ca mbere c'umwaka wa 2020-2021. Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi...

Basaba ikiringo bahawe na Reta co kwugara ko cokwongerezwa

Ishiramwe mpuzamakungu ONU risaba ko ikiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo habe hugawe ibiro vy’intumwa idasanzwe y’umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe congerezwa. Vyashikirijwe n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu,...

Ivyaranguwe n’ibigiye kurangurwa mw’ishirahamwe ATRABU

Abanywanyi barenga 300 b'ishirahamwe ATRABU rijejwe gutwara abantu n’ibintu mu Burundi nibo barihiwe amafaranga y’ubwishingizi (assurance). Imiriyoni  zirenga 90 ngo zarahawe amashirahamwe akorera muri...