Tags Diamond platnumz

Tag: Diamond platnumz

B-Face ntiyasigaye inyuma mukugira icavuze ku majambo ari mu ndirimbo ya Sat-B

Indirimbo y'Umuririmvyi Sat-B yise IZINA n'imwe mu ndirimbo yateye uruhagarara bivuye ku majambo ari mur'iyo, amajambo yatumye benshi bagira ico bavuze binatuma hariho n'abipfuza...

Diamond Platnumz yavuze Ku bucuti buvurwa hagati yiwe na Shaddy Boo

Shaddy Boo ngo n'icamamare nkawe, bamenyanye biciye kuri Instagram kandi amweretswe na Manager wiwe, Sallam SK, anamutumira mu biteramo muri Tanzania. Nta bucuti budasanzwe buri...

Zari n’umukunzi wiwe bagiye kubaho ubuzima butandukanye n’ubwa be na Diamond

Zari ngo ntiyiteze kwerekana umukunzi wiwe mushasha, kuko ashaka ko aba uwiwe gusa.  Umukunzi mushasha wa Zari ngo afise imodoka zitari nke kandi zikomakomeye, ariko...

Diamond Platnumz yatangajwe n’abari bamaze kuyiraba mu masaha makeya

Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n'abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa...

Tanasha ariteguriye kubana na Diamond naho abonwa nki Malaya

Tanasha umukunzi mushasha wa Diamond ngo ariteze kubana na Diamond uko ari kwose, naho bavuga koa ri umumalaya kuko...

Most Read

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...