Tags Don Brighter

Tag: Don Brighter

Don Brighter -Fire Fire (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=YeVlABRyEWY

Don Brighter arashimira abamufashije amasengesho bose agashika impore

Don Brighter mugihe yaramaze ikiringo c'indwi zirenga zitatu muri kano karere ka Afrika y'ubuseruko ariko arakora ibikorwa bitandukanye vyumuziki ubu abarizwa...

Most Read

Makamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na...

# Indundi Sports| Umurundi niwe agiye kumenyereza Azam Fc vy’imfatakibanza

  Umugwi Azam Fc wasezereye uwahoze ari umumenyereza wawo mukuru Aritstica Cioaba n’uwundi yama akoresha imyimenyerezo yo kugorora imitsi. Azam Fc yahisemwo gusezerana nabo bamenyereza bamaze...

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...