Tags Dushigikire Intamba Zacu

Tag: Dushigikire Intamba Zacu

Intamba mu rugamba zatererewe imiriyoni 192 z’amarundi

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ubandana ushigikirwa n'amashirahamwe atandukanye muri wa mugambi wa Dushugikire Intamba Zacu. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya...

Brarudi ryaterereye imiriyoni 35 z’amarundi umugwi w’intamba mu rugamba

Inyuma yo gufata mu mugongo ihiganwa rya Primus league ishirahamwe Brarudi ryasubiye kandi gufata mu mugongo...

Most Read

Ibiharuro bishasha vya Coronavirus gushika kuri uyu wa 2 Kigarama

Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze...

Nounou yasezewe ubwa nyuma, afatwa nk’uwitangiye Rallye

Haraciye indwi nka zibiri Uburundi bubuze umwe mu barongozi b'ishirahamwe ryo gusiganwa n'imiduga Rallye akaba yarajejwe igisata c'abahinga bakurikirana bakongera bagahagararira urwo rukino bita...

#Basketball |Loko ntakibarizwa mu Burundi

Uwahora ashikiriza ibiganiro vy'inkino ,ivy'urukundo na zinduka kuri Buja fm akaba kandi yari umumenyereza w'imirwi nka New stars , Les gazelles, Berco stars ,Les...

Buffaloes Fc uzokina na Messager Ngozi munzira ugana mu Burundi

  Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 03 Kigarama 2020, niho abakinyi na Staff y’umugwi Buffaloes Fc bavuye muri Eswatini berekeza mu gihugu c’Uburundi mu...