Tags Fabelove

Tag: Fabelove

Fabelove arasigura akamaro k’amajambo akomeye usanga mu ndirimbo akora

Inyuma yaho hagiye harumvikana amajambo yo kwishira hejuru n’uko umwe wese yiyita king muri Rap, ubu Fabelove aremeza ko ariwe King muri Rap kuko...

Fabelove aragabisha B-Face ngo akaba yaratukanye ace yitega ibitazomuryohera

https://www.youtube.com/watch?v=sX2O8wu7GkE&feature=youtu.be

Hagati ya B-Face na Fabelove hoba hagiye kuzokwaka umucanwa kundirimbo?

Fabelove aragabisha B Face kundirimbo aheruka gusohora Passport ngo akaba yaratukanye ngo rabizi ko atakumwihanganira Fabelove inyuma y’indirimbo I’m Sorry yakoranye  na Linah Blanche avuga...

Most Read

Confederation cup: Musongati Fc igiye kwakira Green Eagles ata barorerezi kubera Covid -19

  ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari niho umugwi Musongati Fc uzokwakira umugwi Green Eagles Fc...

# Indundi Sports | Breaking News: Dieugo Maradona yitavye Imana bitewe n’ihagarara ry’umutima

  Umukinyi rurangiranwa wa kera w’umugwi nserukira gihugu wa argentine Dieugo Armando Maradona yitavye Imana bitewe n’uguhagarara kw’umutima ( Arrêt Cardiaque). Maradona w’imyaka 60,mu ntango z’uku...

Intamba U 20 zihejeje kunyagirwa n’Ubuganda

  kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, niho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 wakina urukino rwa mbere rwa...

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko...