Tags Fizzo

Tag: fizzo

Ng’izi ingaruka n’inkurikizi biterwa na challenge ya Big Fizzo na Sat-B

Ukutumvikana kuri ku mbuga ngurukanabumenyi hagati y’abakunzi ba Farious na Sat-B ni kimwe mu biriko bituma abenshi badahurumbira indirimbo mva mahanga ugasanga umwe wese...

Cedrick Bangy kubwiwe ngo umuririmvyi mwiza kuri Scene ni Sat-B

Kubwa cedrick Bangy asazwe arongoye ishirahamwe ry'abaririmvyi ryitwa Coopérative des Musiciens du Burundi ngo umuririmvyi mwiza kuri scene kuriwe hagati ya Big Fizzo na...

Most Read

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...