Tags Intamba mu rugamba

Tag: Intamba mu rugamba

Nduwarugira Christophe ntiyajanye n’abandi i Bangui

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Munyonyo 2019 , niho umugwi wa mbere urimwo abakinyi bamwe bamwe b'intamba mu rugamba bafashe indege berekeza...

Intererano ingana imiriyoni 79 z’amarundi niyo Intamba zahawe

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ubandanya ufatwa mumugongo n'amabanki ndetse n'amashirahamwe atandukanye .

Intamba mu rugamba zigiye gutana mu mitwe na Aigle Noire

Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ngo ugiye gutana mu mitwe n'umugwi Aigle Noire mu rukino rwa kivandimwe.

Ngo bagiye gukora indirimbo ihayagiza Intamba mu Rugamba

Aho aheruka gukora indirimbo ihayagiza umurwi w'Intamba mu Rugamba yise Nani Atakatala, Mr Champagne yemeza ko icabimuteye ari urukundo akunda igihugu ciwe...

Most Read

Uburundi bwakuwe ku rutonde rw’ibihugu bizokwirwako n’inama mpuzamakungu ONU

Ni umunezero udasazwe ku Burundi n’abarundi aho bwasabiye ko bukurwa ku rutonde rw’ibihugu vyirwako n’inama mpuzamakungu ONU ijejwe ivy’umutekano. Ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umushikiranganji...

Agriculture: Ntacobuza ko ikigoti kimwe kivamwo ibiro birenga 20

Mu gihe igiterwa c’imyumbati citaweho neza, ngo ikigoti kimwe gishobora kuvamwo umwimbu ushimishije cane. Aho yari yagendeye intara ya Gitega neza na neza muri karitiye...

Abakinyi ba Musongati Fc bafashe urugendo berekeza muri Zambia

Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Kigarama 2020, niho umugwi Musongati Fc w’i Gitega wafata indege werekeza mu gihugu ca...

Ivyokorwa kugira ngo imyuzure igabanuke mu gisagara ca Bujumbura

Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura ngo barakwiye kwubaka amazu bisunze amategeko agenga ivyo kwubaka kugira birinde guterwa n'imyuzurira yama yibonekeza, ikonona ibintu bitari...