Tags Iry tina

Tag: iry tina

Umurundi wambere yaraye akwije abantu barenga 1.000.000 kuri Youtube

Umuririmvyikazi  Iry Tina  kurubuga  rwiwe rwa Youtube yaraye akwije abantu bamaze kuraba indirimbo yiwe barenga 1.000.000 mukiringo kitangana n’ukwezi kumwe. Akaba abaye umurundi wambere...

Iry Tina yasobanuye ivy’ubucuti afitaniye na Paul wa P Square

Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n'incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy'umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina...

Iry Tina yavuze igihimba araba akamira amate

Iry tina ngo Ibihimba vy'umubiri wiwe ngo ntabikunda kumwe, hari ivyo abona ko birengeje ubwiza. Ariko akemeza ko muri rusangi ataco bagaya ahagaze. Naho Tina...

Sheebah Karungi agiye kuzohura na Sat B kuri Stage imwe i Bujumbura

Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura  mu giteramo ku butumire bw’abarongoye...

Most Read

George Gatogato na Paficque mu bahagarikizi bazohagarikira CHAN 2021

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, igisata kijejwe gutora abahagarikizi bazohagarikira inkino mpuzamakungu muri CAF cashize ahabona abahagarikizi mpuzamakungu bazohagarikira inkino...

Abakinyi ba Messager Ngozi bashitse neza i Bujumbura

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, niho umugwi Messager Ngozi washika i Bujumbura uvuye Eswatini gukina urukino rwa CAF Champions league...

Ubwoko bw’ubuja bwibonekeza mu gihe ca none

Ubuja bwo mu gihe ca none ngo bugizwe ahanini n’urudandazwa rw’abantu, ugukoresha abantu mu rudandazwa rw’igitsina, ikoreshwa ry’abana, ukurongoza abantu ku nguvu, hamwe no...

Urwevu: Ukuborerwa vyoba bijanye n’agaciro ”ubuntu” ( la dignité) ?

Iyo umuntu yanyoye utuyoga rero akarenza kugera aho abantu bavuga ko yaborewe, haba hari ibintu vyinjsi vyabaye mu bwonko. Biba bisa n'ivyabaye nk'uruzi rwasebuye,...