Tags Kidum

Tag: Kidum

Kidum ashigikiye ko abanyafrika bogerageza umuti w’abanya Madagascar

Kidum ngo ntatahura igituma abanyafrika batogerageza basi umuti wakozwe n’umushakashatsi wo muri Congo ariko akorera ibikorwa vyiwe muri Madagascar. Uwo mukuru w’igihugu akaba yamenyesheje...

Kidum ngo aricuza kuba yaravuze ko atazogaruka i Bujumbura

Kidum ngo agiye gusubira kuza i Bujumbura, kuko yasanze yarihenze mu kuvuga ko atazogaruka. Nayo imbeba ngo ni zimenye ko naho ziriko zitambira ku...

Esther Nish x Kidum – Umbamwo (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=RiwP3dpuEOs

Kidum yavuze umuce akomeyemwo mu muziki

Vuba cane ngo niho Kidum yamenya aho afise inkomezi mu muziki, aho akaba ariho ngo yaciye afatira...

Most Read

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko...

Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi

Ubushikiranganji bw'Uburimyi, ubworozi hamwe n'Ibidukikije bumenyesha ko ibikorwa vyagenze neza kubice 98% mu gice ca mbere c'umwaka wa 2020-2021. Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi...

Basaba ikiringo bahawe na Reta co kwugara ko cokwongerezwa

Ishiramwe mpuzamakungu ONU risaba ko ikiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo habe hugawe ibiro vy’intumwa idasanzwe y’umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe congerezwa. Vyashikirijwe n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu,...

Ivyaranguwe n’ibigiye kurangurwa mw’ishirahamwe ATRABU

Abanywanyi barenga 300 b'ishirahamwe ATRABU rijejwe gutwara abantu n’ibintu mu Burundi nibo barihiwe amafaranga y’ubwishingizi (assurance). Imiriyoni  zirenga 90 ngo zarahawe amashirahamwe akorera muri...