Tags Kidumu

Tag: Kidumu

Kidum-Corona [Official Music Video]

https://www.youtube.com/watch?v=W2dN2SoH4y0

Kidum-Nakupenda (Official Music Video)

https://www.youtube.com/watch?v=XW0vdF3bfa4

Kidumu ati : ”Reka ndabisubiremwo uracâvūra, Natasha tumwigireko”.

Kidumu ati : "navuze ko umuziki w'Uburundi ucāvûra  mu kirundi gifobetse ariko bamwe bamwe bariko barabitahura ubu bivanye n'ivyo bariko barabona bacamwo. Amajambo Kwiyamiriza hamwe...

Kidum x Don Brighter – Abatovyi(Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=B_hPHaCKPjY

Most Read

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...