Tags Lolilo

Tag: lolilo

Lolilo intambwe kuyindi agenda ashitsa ivyo yemeye

Hagaragaye imwe mu masanamu yerekana neza ko ivyo umuririmvyi Lolilo yemereye Abarundi ariko agenda abishitsa intambwe kuyindi Inyuma yo gushira ahabona abaririmvyi agiye gukorana nabo...

IDK Too Faster ft Lolilo-Izere (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=WiHG4b2yQkI

Chany Queen yavuze kubahoze ari abakunzi biwe, aba Ex

R flow na Lolilo bari muri 5 bagendanye na Chany Queen, ariko umwe muribo babasha kuronka icamwa c'urukundo rwabo. Uno musi Chany Queen nta muhungu...

Lolilo Lizzo-Romeo & Juliette (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=2En2z7IATAE

Most Read

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...