Tags Message a la NAtion

Tag: Message a la NAtion

Ijambo umukuru w’igihugu yashikirije yipfuriza umwaka mwiza w’2019 abarundi n’ababa mu Burundi

Barundi barundikazi, Umwaka w’2018 urarangiye, uw’2019 nawo uratanguye. Turashimiye cane Imana Mushoboravyose ku vyiza vyinshi yadukoreye muri...

Most Read

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko...

Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi

Ubushikiranganji bw'Uburimyi, ubworozi hamwe n'Ibidukikije bumenyesha ko ibikorwa vyagenze neza kubice 98% mu gice ca mbere c'umwaka wa 2020-2021. Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi...

Basaba ikiringo bahawe na Reta co kwugara ko cokwongerezwa

Ishiramwe mpuzamakungu ONU risaba ko ikiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo habe hugawe ibiro vy’intumwa idasanzwe y’umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe congerezwa. Vyashikirijwe n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu,...

Ivyaranguwe n’ibigiye kurangurwa mw’ishirahamwe ATRABU

Abanywanyi barenga 300 b'ishirahamwe ATRABU rijejwe gutwara abantu n’ibintu mu Burundi nibo barihiwe amafaranga y’ubwishingizi (assurance). Imiriyoni  zirenga 90 ngo zarahawe amashirahamwe akorera muri...