Tags Mr champagne

Tag: Mr champagne

Ngo abahabwa ama concert ntibahinduka

Nk'uko amaze imisi yerekana agashavu kiwe amaze kuba umuririmvyi afata ikibanza hano iwacu mukuronka ibiganiro vyinshi (interview), ni Mr Champagne yemeza ko abaronka ibiteramo...

Ngo bagiye gukora indirimbo ihayagiza Intamba mu Rugamba

Aho aheruka gukora indirimbo ihayagiza umurwi w'Intamba mu Rugamba yise Nani Atakatala, Mr Champagne yemeza ko icabimuteye ari urukundo akunda igihugu ciwe...

Most Read

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...